La b.N benust
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from La b.N benust, Health/Beauty, Bujumbura.
La b.N benust business:cette page que vous voyez ,concerne mes publications de la langue kiswahili rapportant sur certains sujets de demaine dans le but de tirer une leçon ,le renseignements.
Wahusika wa kongwe! Usimkebehi ndugu kwa ajili ya uhohehahe kwa kudhania wewe ni tajiri, Bali jitathini kujenga uhusiano na watu wengi wenye ari tofauti
Nyani ni mtu k**a mnyama au ni mnyama k**a mtu?
13/05/2023
Ari ku musego arembye cane nyina yaterefonye umwana wiwe ariko ntiyamwitaba hashize iminsi 2 nyina yitaba Imana umwana agenda I muhira guhamba nyina
Ash*tse yinjira mu cumba nyina yahora aryamamwo ku musego asanga hari agapapuro akabaruwa kanditseko ano majambo akurikira:
"Mukundwa mwananjye
Nshaka umenye icatumye mpfa nd'umukene kandi mfise umwana nkawe
Mwananjye,igihe nguhamagara ntunyitabe nashaka nguhezagire none raba njanye umugisha wawe
Nafungura mpangayitse cane bigashika nkanaburara none raba ubu ukoresheje amafaranga menshi ugura imfungugwa z'ubwoko bwose n'ibinyobwa ku kigandaro canjye
Mwananjye,umubiri wanjye wawusize amavuta amota neza utakirimwo umwuka nkiri muzima nakwisiga amamesa kubwo kubura utuvuta
Eheeh...!wambitse umubiri wapfuye impuzu izimbye nkiri muzima wananiwe kungurira n'ikanga
Umubiri wanjye aho wari muri morgue wagiye wawuraba umwanya ku mwanya ,kuberiki wananiwe kunyitaho nkihumeka umwuka w'abazima ukitaho umubiri utagihumeka?
Ikimbabaza cane nuko waguze isandugu izimbye cane ubikamwo umubiri wapfuye nkiri muzima naba mukazu katanaheze no kwubakwa imvura iyo iguye narara mpagaze kandi utari ubuze uburyo bwo kunyubakira
Ukiri muto narara inzara kugira wewe uronke ico ufungura
Nemeye gutwengwa n'isinzi ry'abantu ndida n'amaguru wewe uronke ibirato wambara nibaza ninaba ndi musaza uzontunga
Ku kigandaro canjye wamariye inzu yanjye nahora mbamwo uyisiga n'irangi nyuma y'iminsi 2 gusa kuki wabikoze ariko?utabikoze kare?
Ubu ku mva yanjye waje wandikako "R.I.P Maman (ruhuka amahoro)kandi mpfuye mfite umubabaro mwinshi mu mutima wanjye
Impera mwananjye,nkwandikiye kano kabaruwa nkumenyesha ko atawukunda umwana wiwe nka nyina ry'umwana (umubyeyi)
So yantanye imbanyi ya mezi 5 ambwira ko agiye kurondera ubuzima ariko nyuma y'ukwezi naronse amakuru bambwira ko yarongoye undi mugore none nawe nari nitezeko amaso nta nubwo warumbabaye
Imana iguharire kandi wumve amahoro narakubabariye ,uzanderere abuzukuru banjye nibashaka k
14/04/2023
Cours d'Évaluation d'Impact L'évaluation d'impact a pour but d'apprécier la pertinence et l'efficacité d'un projet, d'un programme ou d'une politique publique qui vise à apporter un changement positif, de bien-être, d'une population cible, et de mesurer les améliorations à partir d'indicateurs prédéfinis. Mesurer un c...
Click here to claim your Sponsored Listing.
