YEZU NDAKWIZIGIYE
Umukama YEZU aguhezagire kandi akurinde
05/04/2026
ni iyawe Mwami.
YEZU NDAKWIZIGIYE
Vuzimundu vuzimundu koma amashi
YEZU NDAKWIZIGIYE
Imbabazi zawe
YEZU NDAKWIZIGIYE
Bikira Mariya
YEZU NDAKWIZIGIYE
Kristu Umwani wacu
YEZU NDAKWIZIGIYE
Mu kwibuka Padiri Amand Kana: ijambo ry’intangamarara (préface) mu gihe c’isengesho rya Misa yo gukira.
YEZU NDAKWIZIGIYE
Kumusaraba niho Yitangiye
YEZU NDAKWIZIGIYE
YEZU NDAKWIZIGIYE
20/02/2026
Muvyeyi Bikira Mariya, Mwamikazi w’ijuru, Nyina wu Mukama wacu Yezu Kristu, Ndaje n’umutima wose.❤️
Unyitegereze n’amaso y’imbabazi zawe, unsabire ku Mwana wawe 🙏🏼 ankureko ibicumuro vyanje vyose.🙏🏼
Ndakwinginze, unyobore mu nzira y’ukuri n’urukundo, kugira ngo nzoronke ubuhirwe bw’ijuru.
Muvyeyi Bikira Mariya, udusabire.🙏🏼
🙏 Amen.
YEZU NDAKWIZIGIYE
Turamaramazwa nakabi twakoze,
Mukama tugirire ikigongwe
YEZU NDAKWIZIGIYE
17/02/2026
CAREME 2026 – Tugarukire Umukama n’umutima wacu wose.
Carême ni igihe c’iminsi 40 co kwitegura Pasika, kugira ngo wegere cane n'Imana kandi utegura n'Umutima wawe.
✳️Vugana n’Imana buri munsi.🤌
✳️Wige kwisonzesha kugira ngo ukure mu mutima nomumuco mwiza.🙏🏼
✳️Fasha abandi kandi usangire nabandi m'urukundo.🙏🏼
✳️Hindura urekure (vavanura) ibigutandukanya n’Imana.🙏🏼
✳️Gumana ubutungane, ukwicisha bugufi n’ubugwaneza.🙏🏼
✳️Fata inzira imwe ugende ku Mana.🙏🏼
❤️ Tugaruke kuri YEZU n’umutima wacu wose
🙏 Igihe c’ukwihana kenshi (Kwirega), gusenga no gukora ineza
💛 Subira ku Mana n’umutima wicisha bugufi
🌅 Mu mwotsi w’ubupfu havamwo ubuzima bushasha
✨ Mana, dufashe tugende inzira yawe muri iyi Careme
💖 Iki nigihe co kwegera kuri Yezu kurusha ibindi bihe vyose
YEZU NDAKWIZIGIYE
Click here to claim your Sponsored Listing.
