Ebeneza Spa and Cosmetics

Ebeneza Spa and Cosmetics

Share

At Ebeneza Spa and Cosmetics we offer you, hydra facial, enzyme facial, carbone laser and skin tag remover. Contact Us +25762112840 whatsapp

26/10/2025

Shalom ebeneza spa et cosmétiques dufise cervise nziza cane karibu wifuza ici ubaza adress Kinindo impande ya université Lumière kurya rumonge twugurura imisi yose kiretse Dimanche turahari kubwanyu urwaye ibihere igihe kinini ,ufise peau yamavuta karibu tubigufashemwo

15/10/2025

Karibu cane anti soleil nziza cane kand cane irakurinda imishwarar yizuba igatum peau yaw impératif neza prix 125mil

15/10/2025

Shalom karibu turafise amavuta meza cane ushak gusa home kandi neza karibu ebeneza spa et cosm6 whatsapp 62112840

12/10/2025

Shalom karibu muri ebeneza spa et cosmétiques dufise cervise nziza za soins du visage ,urwaye ibihere ufise peau ushaka gumu utagase karibu turapima peau yawe kuri 35 mil ,soins du visage zacu har enzyme ya 100 mi
Niya 80 mil niya 60 mil
WhatsApp 62112840 karibu dukora imis yose kiretse Dimanche

Mwibuka gukora like na s'abonner kuri page yacu kugira uguma ubona bishasha na partagé karibu

07/10/2025

Shalom bakunzi karibu cane ebeneza spa dufise cervise nziza za Soins du visage WhatsApp 62112840 dukora imisi yose kuva 9h-19h karibu lundi_samedi adresse Kinindo route rumonge karibu

05/10/2025

Shalom bakunzi bacu karibu muri ebeneza spa dufise service nziza za soins du visage turapima peau yawe kugira tumenye type de peau yawe whatsapp 62112840 adresse kinindo impande ya université lumière dukora lundi _samedi 9h_19h karibu cane

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Website

Address

Route Rumonge En Face De La Banque BCB
Bujumbura