Burundi bwacu

Burundi bwacu

Share

Travaillons beaucoup pour que nous soyons l'image des autres�

15/03/2025

Safe trip MC YVAN MUTIMA W’UBURUNDI✈️ Amakuru ahejje kudushikira nuko wa musore wanyu uyu mwanya abarizwa ku kibuga c’indege ca Kenya JOMO KENYATTA 🇰🇪 akaba Ahejje gufata RUTEMIKIRERE ✈️ imwetekeza mugihugu c’UBURUSIYA👌

Tumwifurize urugendo rwiza🙏

🎤

30/01/2025

Umwe mu basore b’inryamunyu azwi kwizina rya MC YVAN🦠🎤 mwamenye mu bikorwa vyinshi bigiye bitandukanye muri INDUSTRIES Y’ umuziki hamwe no mumareresi ndundi uyu mwanya akaba AKITSWE N’Amagara kubitaro vya POLYCEP CLINIQUE 💉

ABariko baramukurikirana bakanenyesha ko amagara yiwe atifashe neza

Aho ninyuma yo kutabona agaragara mu gukorwa nakimwe kuva arongongwa nawa mu diaspora‼️
Pray for him💪🥰

🇧🇮

26/10/2024

REAL MADRID IRANSESEMA 🥹‼️

11/11/2022
11/04/2022
01/04/2022
Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Bujumbura