Elvis Worshiper

Elvis Worshiper

Share

This an official page for Elvis Worshiper who is a Burundian musician - singer and Evangelist !!!!!

06/05/2026

Hello fam! Just kubatumira Umuririmvyi akaba n'Umwanditsi windirimbo mpimbaza Mana Jonas Praise Hatungimana yarateguye igiteramo citwa
"YESU KRISTO PRAISE CONCERT"
yacitiriye urukurikirane rw'indirimbo ariko arakora rwitwa "YESU KRISTO" , ico giteramo kikaba kizoba kuma genekerezo ya 14/06/2026 kuva isaha 15h00 i Bujumbura -Kanyosha haruguru ya ecofo busoro kumadarete aho ishengero rya Upper Room Deliverance International Churchrikorera.akaba azoshira ahabona indirimbo amaze gukora ariko kandi azoririmba n'indirimbo zitarakogwa, abatumire bava mumihingo itandukanye bazoba bahishikiye kandi nawe uhawe ikaze.
avuga ati " Intumbero yacu nigutazira no gushima Imana yihesheje icubahiro mugucungura abantu bayo biciye muri Kristo YESAYA 53" uzoze ufise umutima witeguye guhura n'Imana biciye mubutumwa bwiza! ukaba wifuza kumviriza indirimbo ziwe fyonda kuriyi Link iri musi -Murakoze
https://youtu.be/43DaQ8-rbWg?si=C1pmZkuB3YTCVd70

Photos from Elvis Worshiper's post 13/04/2026

Mugire indwi nziza mwese

Photos from Elvis Worshiper's post 11/04/2026

Himbazwa MANA

Photos from Elvis Worshiper's post 11/04/2026

Urimwiza Yesu

Photos from Elvis Worshiper's post 10/04/2026

Imana igira neza

24/03/2026

Charome charome bakunzi banje muguwe neza Hama Fasha kakanya ndabatumira kugira ngo tuzohurire murikino kibaza Duhimbaze IMANA ndimba ufisakanya ndagusavye ntuzubure Kandi Hitana Muge zawe muze twigina gure imbere yuwadukunze Murakoze

Photos from Elvis Worshiper's post 24/02/2026

Shalom bakunzi? turizera ko mumeze neza! kuvy'ukuri dim muri Mutima wanje Praise the Lord Event hari imisosi myishi nashaka kubasangiza amafoto yerekana uko vyari vyifashe nimba waruhari nawe ubivuze ko iki
duhurire muri comments
https://youtu.be/fE9Auvka3Tg?si=IfVYRhlyCQV0HLCC

19/02/2026

Shalom benedata! nshaka kubamenyesha ko indirimbo nshasha mutima wanje izoba yasohotse kaze duhimbaze Imana mukuyirindira nagira ndabasabe muje kuri YouTube channel yanje mube murakora s'abonner, partage, J'aime et commentaire
https://youtu.be/fE9Auvka3Tg?si=C4Fg_69i-24CKFRbngiyi Link

04/09/2025

hello you are welcome in this place

14/08/2025

Hello! Kaze mwese

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Bujumbura