amagara aruta amajana

amagara aruta amajana

Share

amagara aruta amajana

17/05/2024

_Y'INGWARA_YUMUGONGO

Icika ry'umugongo (sciatique), Sciatique n'ubugwayi bwo kubabara birenze kumitsi bita nerfs sciatiques (Névralgie des nerfs sciatiques) Nerfs isanzwe arimitsi ibiri Iva mukiyunguyungu ikamanuka kumatako inyuma yo gushika kubirenge iyo bish*tse igatirigana, iteza ububabare nivyo bita sciatique wtsp +25768647039

IBITERA UBWO BURIBWE

1.iyononekara ry'amagufa

2. Umuvyibuho wumurengera(obésité)

3.wama wicaye hamwe

4.ubwandu bwuruti gw'umugongo (infections de rachis

5.kuryama ku matalas yoroshe cane...........

IBIMENYETSO:

Ibimenyetso vyawo bihindagurika hisunzwe igice

Ariko vyose bikarangwa n'ububabare buva muruti rw'umugongo bumanuka kugeza musi y'ikirenge kuruhande rw'inyuma mwitako,bumanukana nerfs sciatiques

Ingaruka mbi zavyo

1) kwa ko uduga cânke umanuka escalier

2) ukurangiza vuba kumugabo

3) guhungabanya akazi kawe kamisi yose nibindi vyinshi

*Ihumure rero*

Mukigo cacu turafise imiti ishoboye kukuvura ugakira burundu utiriwe urahangayika!!!!

Iyo miti isanzwe ihari

Iyo atabundi bugwayi ufise uhabwa 2 gusa nayo ni:

Gorden six
Cafezi plus

Ariko rero vyiza mwigera Aho dukorera mukabanza mugakoregwa examen général

Iyo miti ukari 2 rero yahora igurwa 250mil ari 2 ariko Ubu turi muri promotion
yose igugwa 181mil

Twandikire kuri WhatsApp canke appel isanzwe +257 68647039

29/01/2024

Nitwa MUTETERI Jeane, ndubatse nkaba ndi umuvyeyi w'abana batatu, ndi umuganga nkaba nkorera I kigali nkaba ngiye kuvahuza numuganga akorera BUJUMBURA
Wamurondera upyonze kuri 65 82 30 70

mfashe aka kanya rero kugirango nganire n'abagabo kubijanye n'imyororokere.

Mbese wa mugabo we, ubu si wewe ushaka kwisamburira urugo gwawe kubera ugusamara kwawe?

Abagabo benshi muri iyi minsi bafise ibibazo vyo kubura ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina, abandi barayikora bakarangiza vuba ,abacika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, abahuye n'ingaruka zo kwikinisha, ababuze uruvyaro kubera imbuto zononekaye n'ibindi bibazo butandukanye kubijanye n'imyororokere,,,,,

Nuvyukuri ,kutagira ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina, kurangiza vuba,gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, ingaruka zo kwikinisha ni bimwe mu bibazo bikomerera abashakanye ahanini biri guteza impagarara no gusambuka kw'ingo nyinshi.

Kurangiza vuba bivugwa igihe umugabo arangiza(asohora) imbere y'uko akora imibonano mpuzabitsina canke hatarahera iminota 2 Ari mugikorwa. Ibi akenshi biba atabishaka,bigatera guhangayika , kwigaya ndetse bigatera ibibazo n'umuryane mu rugo kuko hariho nubwo uwo bashakanye amuca inyuma kubera kutamugeza kuvyishimo vyanyuma (orgasme).

Iki kibazo gihuriyeko n'abagabo benshi,si urwumwe ,gusa biravurwa Kandi bigakira burundu.

Gukoresha REVIVE CAPSULES vyagufasha kwongera kugarura ivyishimo vy'urugo rwawe

REVIVE CAPSULES NI inyunganiramirire ikunda kuboneka mu bihugu vyo muri Aziya (China,Korea)
Revive yifashishwa cane mu kuvura indwara zikomeye ndetse no kurinda umubiri indwara zirimwo na cancer.

Iyi nyunganiryamire ya REVIVE nta ngaruka itera Ku buzima bw'umuntu , ahubwo ifasha mu kurwanya ingaruka zaba zaratewe no gukoresha imiti irimwo chemical elements.

AKANDI KAMARO Ka REVIVE:

1. Ituma amaraso atembera neza

2.ituma ubwonko bukora neza ikanongerera umuntu imbaraga

3.yongerera ubudahangarwa amaso umuntu akabasha kubona neza.

4.igabanya urugimbu rw'amaraso

5.irinda imitsi gupfunyarara

6. Irinda amaraso kuvurirana

7.irinda kujunjama nindwara ziherekeza ubusaza

8.ivura guhorana umunaniro ukabije

9.irinda ubugumb ,ikanongera abagabo ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina

10. Irinda kuvyimbagatana ikavura gusa Nabi mumubiri

11.ihangana n'ingaruka zo kwikinisha,ikongera imbaraga za kigabo ndetse ikanafasha mu kwongera imbuto

12.irwanya cane kumeneka umutwe w'uruhande rumwe ikarwanya asima

REVIVE ntigoye kuyifata kuko ufata ikinini kimwe canke bibiri bitewe nimyaka yawe mu munsi ine,ivyo bikerekana imbaraga ufise

Dukorera mu bice butandukanye vy'iguhgu Kandi tuyibasanza Aho muherereye Kubavyipfuza .

Revive mubisanzwe igurwa 170,000 fbu ariko turi mumpera za promotion Aho tumaze iminsi tuyitangira 132,000 fbu.

Murahawe ikaze Aho dukorera BUJUMBURA canke tukayibarungikira Aho muherereye.

Kuzindi nsiguro :

Call & WhatsApp
+257 65823070

Canke ugahamagara kuri:
+257 65823070

26/01/2024

Nitwa uwayo josianne

Nkorerera bujumbura gar du nord

WhatsApp 65 82 30 70

UYUMUSI TWASHAKA TURABIRE HAMWE IMPAMVU ZITUMA ABAGABO BENSHI BAHURA NIBIBAZO VYO KURANGIZA VUBA.MUGIHE BABA BARIKO BARANGUR AMABANGA YABUBATSE:
HARIBINTU BIGERA KURI (12)

1. Ni stress: kugira uburuhe burenze mumutwe

2. Ni Diabetes n'izindi ndwara zitandukanye (NCDs) kubagabo barwaye diabetes ikimenyetso cambere babona ni kurangiza vuba

3. Ni ku bantu bakoze ma********on bakiribato canke bakuze bigatuma uturingoti tusohora imbuto zubugabo twononekara

4. Kubafise ikibazo cumutima.

5. Ni kunywa inzoga nyinshi bigatuma imitsi yo mubihimba vyirondoka yononekara

6. Ni hypertension,
depression detse nibiyayura mutwe

7. Ni gukunda kuraba za Film zibiterasoni bigatum udutsi twomubimba vyirondoka tugira ikibazo

8. Ni kugira imisemburo mike: umusemburo wumugabo (testosterone)utuma utera akabariro neza mumwanya ukwiriye ndetse ukanashimisha nuwo muba murikumwe murico gikorwa

9. Kuba ufise ikibazo kijanye na prostate

10. Kuba ufise ikibazo camibe

11. Ni musipa

12. Ni kugira ibinure vyinshi birenze bivanye nimirire yacu yamisiyose

Icirwa cacu kikaba kigarukiye ngaha tukaba tubashimiye cane mukuza mutufasha gukurikiran inyigisho zacu.

Atinone kubamaze kuba bafise ivyo bibazo nabo vyogenda gt?imiti yoshobora kubafasha isanzwe ihari

kuwufise ico abaza nahamagare kuri +25765823070

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Bujumbura
Bujumbura