Emmanuel Toyi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Emmanuel Toyi, Health/Beauty, Bujumbura.
26/12/2024
Kumunota wa 53' Erling Braut Hãland ahushije penalty
Man City 1-1 Everton
25/12/2024
25/12/2024
🚨🔴🔵AMAKURU kwa Barcelona : Joan Laporta yasavye Deco kurondera € 80M mubakinyi bafise mu ci.
Barca igiye gushirayo kwisoko bamwe mubakinyi bayo batazoba bagikenewe muri Barcelona sezo iza.
Nkuko vyemezwa Diario Sport abo nibo bakinyi bavugwa ko bagiye gushira kw'isoko mu ci bazokuramwo 80€.
• Frenkie De Jong
• Ansu Fati
• Christensen
• Eric Garcia
• Pablo Torre
24/12/2024
🚨⚠️❌BREAKING NEWS: Umusatirizi wa Barcelona Ferran Torres afise imvune ntazoboneka murukino rwambere Barça izokina mumwaka wa 2025 nkuko vyemezwa n'a Mundo Deportivo ikinyamakuru ci Barcelone 🫢
Ferran Torres afise ibibazo vyimvune mumitsi ntameze neza akaba yahisemwo kuja mubitaro i Barcelona bamuvure.
🌹Nkumukunzi w'inkino ntiwirengagize kwinjira muri page yacu ufyonde j'aime canke suivre kugira uze wironkera amakuru y'inkino agezweho kandi ari kumwanya buri munsi
fyonda hano👉 Ingoma Sports
____________________________________
Tigira ukoresheje 1XBET canke 888Starz✅
Ugurura compte ya 1XBET canke 888Starz ukoresheje CODE PROMO👉 DIDI32
🔽Ushaka ko ndagufasha kugurura compte ya 1XBET canke 888starz nokuronka application yayo nyandikira kuri WhatsApp 68 82 90 49
10/12/2024
🟣🔵Real Madrid : Aurélien Tchouameni débute sur le terrain en jouant le rôle de cœur de la défense ✅
Tchouameni rejoindra Rüdiger en défense centrale devant le fils de l'Atalanta, Raúl Ascencio, qui sera sur le banc aujourd'hui
✅US Quotidien
toutes les dernières actualités sportives ici 🔥
____________________________________
utilisez 1XBET ou 888Starz✅
Ouvrez un compte 1XBET ou 888Starz en utilisant le CODE PROMO👉 DIDI32
🔽Voulez-vous que je vous aide à ouvrir un compte pour 1XBET ou 888starz et à obtenir son application, écrivez-moi sur WhatsApp +257 68 82 90 49
10/12/2024
🚨🔵⚪ José Mourinho, l'actuel entraîneur de Fenerbahçe, dit voir ce qui va arriver à Nico Williams au Real Madrid !
José : "Nico Williams est spécial !" Les gens étaient convaincus par Lamine Yamal, la grande actrice, mais moi, j'étais plus convaincu par Nico qu'autre chose. Je crois que cela se terminera avec son départ pour le Real Madrid. »
Comment le recevriez-vous vous-même ?
[ Sr Naninho sur AthleticXtra]
____________________________________
utilisez 1XBET ou 888Starz✅
Ouvrez un compte 1XBET ou 888Starz en utilisant le CODE PROMO👉 DIDI32
🔽Voulez-vous que je vous aide à ouvrir un compte pour 1XBET ou 888starz et à obtenir son application, écrivez-moi sur WhatsApp +257 68 82 90 49
10/12/2024
🚨 🚨 La réponse de José Mourinho lorsqu'on lui demande s'il peut retourner au Real Madrid !
Mourinho : "Ils ont le meilleur entraîneur du monde, mon ami Carlo.
En Espagne, je suis blanc. Je suis un grand fan du Real Madrid. »
____________________________________
utilisez 1XBET ou 888Starz✅
Ouvrez un compte 1XBET ou 888Starz en utilisant le CODE PROMO👉 DIDI32
🔽Voulez-vous que je vous aide à ouvrir un compte pour 1XBET ou 888starz et à obtenir son application, écrivez-moi sur WhatsApp +257 68 82 90 49
10/12/2024
De retour à l'entraînement aujourd'hui.
04/11/2024
🚨⚪⚠️ BREAKING: Real Madrid yari izi neza ko Vinícius Jr 🇧🇷 atazotwara Ballon d'or imbere y'urukino rwa Barcelona, ariko bashaka ko atabimenya imbere y'urukino kugira ngo ntasamazwe kandi ntatakaze ivyiyumviro vyiwe muri Clásico.
Source (Carrusel Canalla)
Biciye kuri: Ikaze Sports
---------------------------------------------
Tigira ukoresheje 1XBET canke 888Starz✅
Ugurura compte ya 1XBET canke 888Starz ukoresheje CODE PROMO👉 DIDI32
🔽Ushaka ko ndagufasha kugurura compte ya 1XBET canke 888starz nokuronka application yayo nyandikira kuri WhatsApp 68 82 90 49
04/11/2024
⚪🔴Emmanuel Petit: “Mu vy’ukuri, Arsenal ikwiye gutera imbere mu gusinyisha Paul Pogba. Azotanga Ibintu vyose mu kibuga. Bizomutwara amayinga makeyi kugira ngo asubire mubihe vyiza, ariko azoba afise umwete mwinshi cane. "
Arafise ikintu gihambaye cane cotera intege umuyobozi nka Mikel Arteta. Pogba ni umukinyi mwiza cane nko hagati muri Arsenal, ni munini, arakomeye kandi afise ubuhinga bwinshi. Twese turazi ingene Pogba ari mwiza anezerewe, arakeneye urukundo no guhabwa icizere, mbona Arteta na Arsenal bashobora kumuha ivyo. "
(DAZN)
-----------------------------------------------
Tigira ukoresheje 1XBET canke 888Starz✅
Ugurura compte ya 1XBET canke 888Starz ukoresheje CODE PROMO👉 DIDI32
🔽Ushaka ko ndagufasha kugurura compte ya 1XBET canke 888starz nokuronka application yayo nyandikira kuri WhatsApp 68 82 90 49
04/11/2024
🔴🔵 Vyamaze Kuba vyemezwa ✅Lionel Messi The Goal wa Fc Barcelona yemeje KO azitabira ibirori vyisabukuru uno murwi wa Barcelona ugiye kuzohimbaza muri kuno kwezi.✨
Barcelona izokora ibirori vy' isabukuru yimyaka 125 bizoba kw' itariki 29/11.
-------------------------------------------------------
Tigira ukoresheje 1XBET canke 888Starz✅
Ugurura compte ya 1XBET canke 888Starz ukoresheje CODE PROMO👉 DIDI32
🔽Ushaka ko ndagufasha kugurura compte ya 1XBET canke 888starz nokuronka application yayo nyandikira kuri WhatsApp 68 82 90 49
04/11/2024
🚨😤 Chelsea yasigaye ISHAVUYE inyuma y'aho Liverpool iyiteye papu k'umukinyi akiri muto w'umunyempano yitwa Rio Ngumoha...
Kandi hazohamagarwa sentare kugira ngo ifate ingingo y’ingene bazohambwa indishi yakabaro, nk’uko ikinyamakuru Daily Mail kibivuga.
Abayobozi ba Chelsea bariko barasezerana na Liverpool inyuma y'aho Rio ahinduriye ivyiyumviro
-------------------------------------------------------
Tigira ukoresheje 1XBET canke 888Starz✅
Ugurura compte ya 1XBET canke 888Starz ukoresheje CODE PROMO👉 DIDI32
🔽Ushaka ko ndagufasha kugurura compte ya 1XBET canke 888starz nokuronka application yayo nyandikira kuri WhatsApp 68 82 90 49
Click here to claim your Sponsored Listing.