Muganga Emmy

Muganga Emmy

Share

La sante pour Tous

18/05/2025

✅✅ NAWE Namwe , ibi bintu niwaba wipfuza kwubahwa murugo ndagusavye ntuvyirengagize. Ushobora Kubona atakamaro bigufitiye ariko ejo uzobikenera ✅.

Numéro : +257 69189812 ✅ ( Whatsapp canke Call Simple )

: DUKORERA BUJUMBURA GARE DU NORD NEZA NA NEZA MBEREYA BANQUE BCB

🛑Heures d'ouverture lundi à vendredi kuva 8h00 kugera 17h30

🛑 Samedi kuva 8h00 kugera 17h30
🛑 Dimanche 13h00-17h30✅

🛑 Burimugabo wese arashoboye kwabira ariko igikorako abagabo muriyiminsi ni ukurangiza vuba (éjaculation précoce) . ushobora kwibaza ati biva kuki🤔 !!!.

Kurangiza vuba tubivuga mugihe umuntu adashobora Kumara niburiburi iminota 10 atanguye amabanga. mugabo ukaba U*i ko bigushikira ntabwo umugore atoguca inyuma🤷

KURANGIZA VUBA biva kumvo 4 zitandukanye:
1) ma********on (kwikinisha)
2) Igabanuka ry'imisemburo ya hormone testosterone
3) Kubugwayi bugiye bitandukanye nka : Diabète , Amibe et hypertension
4) Kumugabo ashikana imyaka 35 aragira isaza rya cellules zo muri prostate bigatuma prostate itakaza résistance.

Ariko Dufise ingaburomuti yitwa REVIVE CAPSULES💊💊 ihangana nibibazo vyimyororokere kurugero gwo hejuru kubagabo canke abasore usanga bagira ibibazo vyo kubura ubushake, kutisubiriza, ingaruka zokwikinisha, kurangiza vuba, gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, guteba gushukwa, n'ibindi bibazo bitandukanye.

Gukoresha REVIVE CAPSULES💊💊 vyogufasha kwongera kugarura ivyishimo vy'urugo rwawe.

REVIVE💊💊 ni inyunganiramirire ikunda kuboneka mu bihugu vyo muri Aziya (China, Korea, Malaysia)
Revive yifashishwa cane mu kuvura indwara zikomeye ndetse no kurinda umubiri indwara zirimwo na Kanseri.

Iyi nyunganiramirire ya Revive nta ngaruka itera ku buzima bwa muntu, ahubwo ifasha mu kurwanya ingaruka ziba zaratewe no gukoresha imiti irimwo produits chimiques nka ( Vi**ra 🥱, furaha 🤭, n'ibindi)

AKANDI KAMARO ka REVIVE💊💊:

1. Ituma amaraso atembera neza.

2. Ituma ubwonko bukora neza ikanongerera umuntu iguvu.

3. Yongerera ubudahangarwa amaso umuntu akabasha kubona neza.

4. Igabanya urugimbu rw'amaraso.

5. Irinda amaraso kwiyegeranya.

6. Izibura imitsi.

7. Irinda kujunjama n'indwara ziherekeza ubusaza.

8. Ivura guhorana umunaniro ukabije.

9. Irinda ubugumba, ikanongerera abagabo ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina.

11. Irwanya cane kurwara umutwe w'uruhande rumwe ikanarwanya asima.

12. Ihangana n'ingaruka zo kwikinisha, ikongera imbaraga za kigabo ndetse ikanafasha mu kwongera imbuto.

REVIVE 💊 💊 ntigoranye kuyifata kuko ufata ikinini kimwe mu minsi ine, ivyo bigaragaza imbaraga ifise.

WIBUKE NOMUKABARE YUKO USHOBORA KURENZA AYA REVIVE CANKE UGASORORA AYARENZE AYA REVIVE💊 REKA TWITE KUMAGARA YACU TWIVUZE BIGISHOBOKA 🧏

Humura wakize kuko wakigwa nabahinga babinonosoye ✅✅.
Ufise ikibazo kimwe murivyo hamagara umuganga appel canke WhatsApp kuri: +257 69189812

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Bujumbura