Samson ØG
A ma Compte
20/06/2026
Aha mutabonetse ntaco noyaga!!!ariko kuba ndabafite nkabantu banje vyose nzobishikako.mfasha kugira partage muri Bwabumwe
20/06/2026
Ijambo Bucoco barivuga ryari,rivugwa habayiki??duhurire muri commentaire👇👇
#@ #
Mes Chers iyi Summer muyibona gute??
Bon début de la semaine
02/06/2026
Lumitel iramenyesha abanywanyi bayo iti:
Munywanyi, musabwe kuja ku biro vya Lumitel bibegereye mwitwaje karangamuntu ibona neza kugira muhindure ikarata
mwakoresheje mw'iyandikwa ry'ikarata sim yanyu imbere y'itariki 03/06/2026.
M.N: Inyuma y'iyo tariki mutarabitunganya, ikarata SIM yanyu izohagarikwa vy'agateganyo!!
Musabw rer kwitwararik iryo sango ntibaz babugarir iyo mihora yanyu!!!
Murakoze,Bimenyesh abandi!!
!!
Click here to claim your Sponsored Listing.
