Indirimbo zifasha umutima
Amahoro Yesu ampa aruta Ayo narinzi๐๐๐
Humura by A b'isezerano family
Abazi Imana yabo bazokomera kandi ni bamara gukomera bazokora ivyubutwariโ๏ธ
WE mutima urira nuze kwa Yesu
Ayo marira yawe uyamubwire
Kuko akunda gufasha
Ababaye.reke kugira ubwoba ๐๐ngwino arakuruhura
Hallelujah Imana Idutabare cane.
Harahiriwe Uwama yiyejeje kuko igihe kiraje kigoye!!Nimuze twitegurire uwo musi uteye ubwoba.wewe utarakizwa neza Umenye ko igihe ariki nyene Ejo sahiwawe.Imana idufashe๐
13/10/2025
Umuririmvyikazi Alvella Muhimbare arabifurije umusi mwiza.mubandanye mukurikirana Ibikorwa vyacu.abatarakora ๐muyikore Imana ibahezagire ๐
Yesu nashimwe๐
Abantu mwese muzi ko Ijuru ririho
Kandi ata munyavyaha azojayo
Nimuze twihane tuzoje mwijuru
06/10/2025
Mwibuke gushimira Imana ko yabazigamye imbere yuko mwihengeka๐๐๐๐
New Song by ๐๐๐๐๐๐
05/10/2025
Kukw iherezo ry'abana b'abantu ari ryo herezo ry'ibikoko; iherezo ni rimwe: nk'uko bapfa ni ko bipfa; mbere vyose bihumeka kumwe, k and' umuntu nta co asumbije ibikoko: kuko vyose ar' ubusa. Vyose bija ahantu hamwe; vyose biva mu mukungugu, kandi vyose bizosubira mu mukungugu nyene. Impwemu z'umuntu iyo zimuvuyemwo, ni nde yomenya ko ziduga? Cank' impwemu z'igikoko iyo zikivuyemwo ko zimanuka mu kuzimu? Ni co catumye mbona yukw ata kintu kirenze ibi, umuntu kunezererwa ibikorwa vyiwe; kukw ico ari co mugabane wiwe: none ni nde azomugarukana kuraba ibizobaho hanyuma yiwe?
Umusiguzi 3:19-22
Imana Idutabare ๐๐
Uruwera by Fostin
Mubgire umugororotsi kw azomererwa neza, kukw azotungwa n'ivyo ibikorwa vyiwe vyamuje. Umunyavyaha azobona ibara! Azomererwa nabi, kukw azogererwa ingero y'ivyo amaboko yiwe yakoze.
Yesaya 3:10-11
https://chat.whatsapp.com/BArX5BVPszb9eqjQ7uF2kA?mode=ems_copy_t
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
[email protected]
