Rémy Niyukuri
Ndabasavye mukore ku follow muzoba mukoze ;number +25768923523 (directe)
WhatsApp +255742265704
Umwana w'impano azikuvuga :Les parties du corps
Uwumwana nawe nimwumvirize ivyiwe
21/04/2026
Ndabaramukije mwese ncuti zanje
Ndabaha ibikorwa ariko ntimu following birabe mubikore
Birakomeye k'umuntu adasenga Niyukuri
Dufise vyishi twerekana kandi bifasha Imitima yabantu Beshi ariko ntitwigera dushigikirwa ariko IMANA MUSHOBORA VYOSE izodushumbusha igihe nicagera abantu mwese mudushigikira IMANA Ibongere umugisha mubandanye mudufata mumugongo.
Murakoze Niyukuri
Click here to claim your Sponsored Listing.
Contact the business
Telephone
Website
Address
Makamba
