TIBA BORA TV PUE

TIBA BORA TV PUE

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from TIBA BORA TV PUE, Health/Beauty, Charama, Ngagara.

18/10/2025

Burundi 🇧🇮

Hano ingabo z'uburundi bagiye kugura iyiterera kure gusumba izisanzwe zihari hano mukarere ka East Africa 🌍 nacane cane ngaho hakurya mumashamba ya Congo iyo aba M23 banyegeye vuba abanya Rwanda barasubira gukoma induru barira.

15/10/2025
18/07/2024

Ubutare bwa na coLtan buri kumutumba murehe buzoshobora kuzanira ubutunzi igihugu?nikihe abarundi bagiye kuzokwunguka?ni kihe gishasha bwoba bugiye guhindura mubuzima bwigihugu?mushaka kubandanya muronka amakuru fyonda https://www.facebook.com/100083309860185/posts/460044290115896/

Photos from TIBA BORA TV PUE's post 14/07/2024

🙊 : umugabo yaraye yanse gukosha umukobwa kuri 500.000Fbu🙆🏽‍♀️
----------------------------------------------
🎯 Aho ni muri komine Nyabiraba mu ntara ya Bujumbura aho umugabo yarahiye ararengwa ko umukobwa wiwe yize ariko adakora, atamutanga kuko bamukoye 500.000Fbu, akagomba gukobwa n'uwudandaza Lumicash kandi atagira amashure.

🫢 Kubwiwe "ayo mahera ntajanye n'ubwiza bw'umukobwa wiwe ushizeko n'umutahe yakoresheje mu kumurera."

😎 Uwo mugabo abona ko kumukosha kuri ayo mahera ari "kumuhombesha" akagira ati: "Umukobwa wanje yize privé kandi ndamwigisha mu gisagara ca Bujumbura. Kuri diplôme afise n'amahera namusomeshejeko sinshobora kumuhombesha kuri ayo mahera, atagura n'ishashi y'inka."

🤭 Arongera ati:"Ni n'akagaye kubona umuhungu atize atumbera urugo rwanje, agatumbera umukobwa wanje yaminuje naho atararonka akazi aguma azimvye. "

📻 Ku rundi ruhande mu kiganiro gica kuri Kazoza FM haratumiwe inkumi n'umusore kugira ngo bagire ico bashikirije ku bijanye n'abavyeyi babera intambamyi abana bagomba kurushinga bivuye ku nkwano

🙎🏾‍♀️Umwe muri abo batumire Stecie Kaneza avuga ko abigeme bakwiye kumenya ko atari ibidandanzwa abavyeyi badandaza.

❗Stecie abona ahubwo ko bikwiye ko abakobwa agenda bafise ico binjiza mu muryango mu ntumbero yo kwunganira umufasha. Ati: "Abigeme ntibumve ko abagabo ari ba . Nibagende kwubaka nabo bipanze neza ku mufuko bareke gusega"

🧏🏾 Omer Tujinama nawe yakebuye abavyeyi agira ati: "Inkwano benshi bayigereranya nk'ikiguzi c'umwigeme. Abavyeyi nibamenye ko umukobwa atari ikidandazwa ahubwo bamurere neza bamwigisha no gukerebuka agakora ibimuha yo kuzogira ico aterereye mu rugo kuko umugabo atari ibanki"

👀Basomyi iyinkiru mwayakiriye gute?

Photos from TIBA BORA TV PUE's post 30/05/2024

Namba warasavye Imana iguhezagire uyumwaka igiye kugukorera igitangaza ivyowasavye vyose

Vuga kugira wugurure ijuru
Namba warasavye Imana iguhezagire uyumwaka igiye kugukorera igitangaza ivyowasavye vyose

Vuga kugira wugurure ijuru

Fyonda ugire suivre 👇
https://www.facebook.com/profile.php?id=100074160231010&mibextid=JRoKGi
Fyonda ugire

30/05/2024

Namba warasavye Imana iguhezagire uyumwaka igiye kugukorera igitangaza ivyowasavye vyose

Vuga kugira wugurure ijuru

Fyonda Namba warasavye Imana iguhezagire uyumwaka igiye kugukorera igitangaza ivyowasavye vyose

Vuga kugira wugurure ijuru

Fyonda ugire suivre 👇
https://www.facebook.com/profile.php?id=100074160231010&mibextid=JRoKGi

23/05/2024

🔴 : Umukobwa wa Général Bunyoni yaraye asabwe gukura impuzu zose imbere y'abapolisi kugira yemererwe kugemurira se !

Joy Akimana (benshi bita Joy Bunyoni) ni imfura ya Général Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Uburundi, ubu akaba apfungiwe mw'ibohero rikuru rya Gitega. Mu cumba apfungiwemwo wenyene kandi gicunzwe bidasanzwe, Général Bunyoni arekuriwe kwakira umukenyezi wiwe n'abana biwe gusa. Ubundi baraza kumuraba, bakabanza gusakwa n'abapolisi, hanyuma bakabona kumushikira, bakanamugemurira imfungurwa. Iyo bagiye muri ico cumba Bunyoni apfungiwemwo, bano baryango biwe baherekezwa n'abapolisi babiri, bakicara imbere yabo kugira bakurikire ibiyagwa vyose kandi bacunge ivyo Bunyoni yoshobora guhabwa. Ivyo umuryango wari warabimenyereye, nta kibazo vyari biwuteye.

🔴 Ejo haheze habaye akamaramaza...

Ejo haheze (22.5.2023), Joy Akimana yaragemuriye se mw'ibohero rikuru rya Gitega nkuko vyahora. Ariko icamutangaje nuko abapolisi bamutegetse ko ategerezwa gukura impuzu zose, harimwo n'agahuzu ko musi, bakazisaka, hanyuma nawe nyene bakamusaka ataco yambaye, maze bakabona kumuherekeza mu cumba Général Bunyoni apfungiwemwo.

Joy Akimana yarumiwe yumvise ivyo bintu. Aca yitura uwurongoye abo bapolisi, nawe nyene ashimangira ya majambo. Joy Akimana ahamagara umuyobozi w'ibohero, nawe nyene ati : utemeye ivyo bagusavye shaka usubire inyuma. Joy Akimana arabagumukana ko bariko bamusaba ibintu bidakorwa, uruhagarara ruraduka, kugeza aho umukuru w'igipolisi mu ntara ya Gitega ahishikira, nawe nyene avuga vya bindi nyene, yongerako ko itegeko ryavuye hejuru. Joy Akimana yararondeye Umushingwamanza wa Général Bunyoni, uyo nawe arondera abatwara CNIDH be n'umushikirizamanza kizigenza wa republika, arababura. Vyakabaye kera, Joy Bunyoni yahisemwo gusubira inyuma, aratahana ivyo yari agemuye.

🔴 Haravugwa intumbero zo kugirira nabi Général Bunyoni

Hagati aho, bamwe mu begereye Général Bunyoni baravuga ko hariho amakuru adahumuriza a

05/03/2024

Président Jean-Baptiste Bagaza
Yakuye ubugabire
Yakuye ubugerecrwa
Yazanye État civil
Yubatse Université kare cari ikimenyetso
Yuba Camp Mwaro
Yubatse Camp Gatumba
Yubatse Camp CIBITOKE
Yubatse Camp Kayanza
Yubatse Camp Ngozi
Yubatse Camp Mutwenzi
Yubatse Camp Mukoni
YubatseCamp Muzinda
Yubatse Camp Mutukura
Yubatse Camp 22ème Bataillon Brende
Yubatse Camp Mabanda
Yubatse Camp Nyanza Lac
Yubatse Camp Rukinga
Amashule Yubatse ntayo twoharura kuko yashizeho
BPE yarijejwe kubaka amashure igihugu cose
Yubatse Ibitaro vyakarorero ROI KHALED&PRINCE REGENT CHARLES
Yubatse AMABARABARA YOSE
Yateje imbere igiterwa c'ikawa
Yubatse za Sodeco aho ziri hose
Yateje imbere ikigazi
Yubatse Huilerie de Rumonge
Yubatse ama DPAE
Yazanye FOND DE L'HABITAT
Yubatse CADEBU
Yubatse BNDE
Yubatse location vente Jabe, Mutanga sud na Kinindo
Yubatse logement sociaux NGAGARA, KININDO, MUTANGA SUD , MUTANGA NORD
Yubatse Rafina
Yasubiyemwo ikibuga c'indege dufise
Yubatse ibigega vyigitoro dufise uyumusi
Yubatse OTB TORA
Yubaka OTB RWEGURA
Ferme de Mahwa
Yubaka RPP
Yubaka INABU
Yubaka neza ishuri ry'intwazangabo ISCAM
Yubaka ISA
Yubaka laboratoire National des bâtiments
Azana Radio na Télévision Nationale
Ateza ibiti igihugu cose

ibi vyose yabikoze mukiringo kitarenza imyaka 10.



TIBA BORA TV

NAMWE MUBONA HABUZIKI KUGIRANGO DUSHIKE KWITERAMBERE NKIBINDI BIHUGU VYOMURI KANO KARERE?

Jean-Baptiste Bagaza (29 August 1946 – 4 May 2016) was a Burundian army officer and politician who ruled Burundi as president and de facto military dictator from November 1976 to September 1987.

Born into the Tutsi ethnic group in 1946, Bagaza served in the Burundian military and rose through the ranks under the rule of Michel Micombero after his rise to power in 1966. Bagaza deposed Micombero in a bloodless coup d'état in 1976 and took power himself as head of the ruling Union for National Progress (Union pour le Progrès national, UPRONA). Despite having participate

#Inama #yibifyoti y'Imbonerakure ziyise aba #CNL yaburijwemwo,Lt.col LOVE/ Hon.Gikeke yakoze amateka 05/03/2024

Président Jean-Baptiste Bagaza
Yakuye ubugabire
Yakuye ubugerecrwa
Yazanye État civil
Yubatse Université kare cari ikimenyetso
Yuba Camp Mwaro
Yubatse Camp Gatumba
Yubatse Camp CIBITOKE
Yubatse Camp Kayanza
Yubatse Camp Ngozi
Yubatse Camp Mutwenzi
Yubatse Camp Mukoni
YubatseCamp Muzinda
Yubatse Camp Mutukura
Yubatse Camp 22ème Bataillon Brende
Yubatse Camp Mabanda
Yubatse Camp Nyanza Lac
Yubatse Camp Rukinga
Amashule Yubatse ntayo twoharura kuko yashizeho
BPE yarijejwe kubaka amashure igihugu cose
Yubatse Ibitaro vyakarorero ROI KHALED&PRINCE REGENT CHARLES
Yubatse AMABARABARA YOSE
Yateje imbere igiterwa c'ikawa
Yubatse za Sodeco aho ziri hose
Yateje imbere ikigazi
Yubatse Huilerie de Rumonge
Yubatse ama DPAE
Yazanye FOND DE L'HABITAT
Yubatse CADEBU
Yubatse BNDE
Yubatse location vente Jabe, Mutanga sud na Kinindo
Yubatse logement sociaux NGAGARA, KININDO, MUTANGA SUD , MUTANGA NORD
Yubatse Rafina
Yasubiyemwo ikibuga c'indege dufise
Yubatse ibigega vyigitoro dufise uyumusi
Yubatse OTB TORA
Yubaka OTB RWEGURA
Ferme de Mahwa
Yubaka RPP
Yubaka INABU
Yubaka neza ishuri ry'intwazangabo ISCAM
Yubaka ISA
Yubaka laboratoire National des bâtiments
Azana Radio na Télévision Nationale
Ateza ibiti igihugu cose

ibi vyose yabikoze mukiringo kitarenza imyaka 10.



Daniel Mugisha

NIMBA USHAKA KURABA IVYO ABANDI BAKORA FYONDA HANO.
https://youtu.be/_s8jxqGkkw0?si=J5-c9uUsub6229P-

Jean-Baptiste Bagaza (29 August 1946 – 4 May 2016) was a Burundian army officer and politician who ruled Burundi as president and de facto military dictator from November 1976 to September 1987.

Born into the Tutsi ethnic group in 1946, Bagaza served in the Burundian military and rose through the ranks under the rule of Michel Micombero after his rise to power in 1966. Bagaza deposed Micombero in a bloodless coup d'état in 1976 and took power himself as head of the ruling Union for National Progress (Union pour le Progrès national, UPRONA). Despite having participate

#Inama #yibifyoti y'Imbonerakure ziyise aba #CNL yaburijwemwo,Lt.col LOVE/ Hon.Gikeke yakoze amateka YA 🅱🅱C GAHUZAMIRYANGO AMAKURU YA RPA YIHUTAAMAKURU YA HAGURUKA YIHUTAAMAKURU...

08/08/2023

USHAK UNOMUTI
HAMAGARA KURI
+25769969869

16/01/2023

mbe mwoba mwari muziko guheba itabi ko bishoboka?nubwo benshi bibaza ko bitashoboka?

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Ngagara?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Culinary Team

Attire

Telephone

Address

Charama
Ngagara
CHARAMA