La puissance de produits d'AIM Global
Alliance in motion global en partenariat avec Nuture's way from American, weither from Japon et DSM
17/01/2025
Niwaba ufise ikibazo cokurangura amabanga yabubatse bamwe barangiza vuba canke atanguvu bafise! Bamwe batagira amazi, batiyumvamwo umugabo! Ingorane zukwikinisha ndaguhaye ikaze kungaburo nziza cane ivura ikongera igakinga. Ufise ikibazo mpamagara kuri 72146174
*ASTHME (ASIMA)*
Asima ni indwara y'amahaha.
Ni imwe mu ndwara ziteranye ubwoba kuko ihitana benshi kandi ukaba imaze gufatwa nk'indwara idakira.
UKO IFATA
Indwara ya asima ufata umuntu bitewe n'imiringoti ijana impwemu nziza twita oxygène bakaba bayita bronches n'udutsi dutoduto tuyivako bita bronchioles ikoberana maze igatangura kuzana uruziri(mucus) maze bigatuma impwemu zitaba zicinjira neza.
Ivyo bishika kenshi iyo ikirere cahindutse hagakanya canke mw'ijoro canke muntumuka canke inzu yugaye n'ahandi.
IBIMENYETSO
* Guhema udashikana(dyspnée)
* Gukorora cane mbere atanigikororwa kiza(Toux sèche)
* Kubira indugumba(transpiration)
* kumva inda inangiye
* n'ibindi
IKIBITERA
Ibitera asima ni vyinshi cane ariko reka tuvuge bimwe bimwe:
* Ishobora kuba akaronda(héréditaire) ariko ntavuka ayifise ahubwo avuka afise umubiri woroshe kuyirwara( prédisposition génétique).
* Itabi
* Kuvukira ahantu handuye
* ubwandu bw'imigera(infection bactérienne)
* n'ibindi
UMUTI
1. Ingaburo nyunganiramubiri *Complte Phytoenergizer* ikozwe mubwoko 12bw'imboga, 12 bw'ivyamwa,29 bw'amavitamines minérales ,12 bw'ibizinu,18acides aminés,12 algues,12 enzymes de digestions,... ingaburo *16000* phytonutriments ziyituma ishobora gukinga no kuvura izindi indwara zirenga ijana!
2.Ingaburo *Choleduz* ikozwe mumavuta y'amafi agaheza akarinda ikinure kibi (mauvais cholestérol), iyo nayo igakinga indwara nyinshi cane harimwo nka za diabète na hypertension !!!
NB.Mukugira n'abandi baronke amahirwe yo gukira,bikwize muma groupe murimwo,bihe abagenzi bawe.
Mushaka gusobanukirwa cane canke kubaza ingene twobaronsa uwo muti mwoturondera kuri Iyi numéro : whatsapp +25772146174 cke 65959241
Whatsapp:
*72146174*
26/10/2021
🇧🇮🇺🇬🇷🇼 * umukunzi wawe, umufasha wawe*
*LIVEN COFFEE na C24/7 n YANDITSE AMATEKA YAHAGEZE KUGWEGO MPUZAMAKUNGU*Hamagara nonaha*
Watsapp+Tel:*+25772146174*
Bwira nabandi ko wabonye umuti
*DORE IBYO IFASHA:*
*� Ese waba ugira ikibazo cyo Kurangiza vuba?*
*� Ese waba ugira ikibazo cyo Kutagira ubushake?*
*�Ese waba Ukora agaturu kambere ariko gushaka aka kabiri bikanga?*
*�Ese uri umudamu cg umukobwa ariko ntamazi ugira cg ufite make?*
*� Ese Intanga zawe zacitse amazi cg zigenda gake_*
*�Ese wabaswe no kwikinisha cg ufite zimwe mungaruka zabyo?_*
7) Tuvura nizindi ndwara nyinshi nka Amibe ,igifu,impyiko, umwijima, amara,infection urinaire. ........ .......nizindi nyinshi
_*Wigira Isoni Nyandikira cg Umpamagare Nkukorere Umuti.*_
: WhatsApp *+25772146174 hereza umukunzi wawe, umufasha wawe*
*LIVEN COFFEE na C24/7 n YANDITSE AMATEKA YAHAGEZE KUGWEGO MPUZAMAKUNGU*Hamagara nonaha*
Watsapp+Tel:*+25772146174*
Bwira nabandi ko wabonye umuti
*DORE IBYO IFASHA:*
*� Ese waba ugira ikibazo cyo Kurangiza vuba?*
*� Ese waba ugira ikibazo cyo Kutagira ubushake?*
*�Ese waba Ukora agaturu kambere ariko gushaka aka kabiri bikanga?*
*�Ese uri umudamu cg umukobwa ariko ntamazi ugira cg ufite make?*
*� Ese Intanga zawe zacitse amazi cg zigenda gake_*
*�Ese wabaswe no kwikinisha cg ufite zimwe mungaruka zabyo?_*
7) Tuvura nizindi ndwara nyinshi nka Amibe ,igifu,impyiko, umwijima, amara,infection urinaire. ........ .......nizindi nyinshi
_*Wigira Isoni Nyandikira cg Umpamagare Nkukorere Umuti.*_
: WhatsApp *+25772146174*🇧🇮🇺🇬🇷🇼
23/10/2021
Niwaba ufise ikibazo cokurangura amabanga yabubatse bamwe barangiza vuba canke atanguvu bafise! Bamwe batagira amazi, batiyumvamwo umugabo! Ingorane zukwikinisha ndaguhaye ikaze kungaburo nziza cane !
23/10/2021
ingene yaragwaye munyuma arakira ingwara yari yarananiranye!!
Biyarwa n’Umuvyeyi w’Umwana yakize mu buryo butangaje, ingwara bita mugifaransa "Drepanocytose". Iyi ngwara uwuyirwaye yama mubitaro kuko aguma akama amaraso. Ntushobora kurambana iyo ngwara kuko benshi ibahitana bakiri bato.
Haheze igihe barageza kwiruka hirya no hino, mu bitaro bitandukanye, aho amaganya, agahinda n'umwiheburo arivyo vyaranga uwo muryango kubera ikibazo c'uwo mwana.
Kuko iyo ngwara bishika ikanatera uburibwe bubabaje caane. Niho yamenya ko mw'ishirahamwe ALLIANCE IN MOTION GLOBAL ridandaza ingaburo zahinguriwe muri zishobora kuvura ingwara zitandukanye zananiranye, iyo bish*tse ukazifata nkuko wabihanuwe n'abahinga.
Yazifashe amezi ane, none ehe raba igipimo cemeje ko yakize ako karanda, mubisanzwe atamuti wo kwa muganga uhari wo kuyivura. Uyomuvyeyi Agakenguruka kuko yasanze Imiti ica mungaburo arimyiza cane!
Agasaba Uwose afise Ingwara zananiranye ko yokwitura ishirahamwe ALLIANCE IN MOTION GLOBAL BURUNDI Rikamuronsa ziva muvyaremwe niwo muti ntasubirizwa.
Nkaca nibaza nti: " MBEGA BAMWE BAVUGA ALLIANCE IN MOTION GLOBAL UKO RITARI, NKUNO MUVYEYI YARONSE AKOYOKO K'IKIBONDO CIWE NAWE YOCA AVUGA GUTE?"
Twige gushigikira no gutera intege ababa bariko bazana inyushu z'ibibazo Dufise mu mibereho yacu nkuko rino shirahamwe ririko rirabikora....
_*WARUZIKO INDWARA Y'IGISUKARI (DIABÈTE) KO ISHOBORA GUKIRA?*_
INDWARA Y'IGISUKARI(DIABÈTE SUCRÉ)
Imwe mu ndwara zigisibije mw'isi yose mbere no mu burundi ni indwara y'igisukari.
Kugira umuntu arware Indwara yigisukari,nuko urwagasha rujejwe guhingura inkabura mubiri bita insuline, uduhimba tubikora bita les cellules bêta des îlots de Langerhan buba bwononekaye.
Ico gihe isukari iciba umurengera mu maraso.
IBIMENYETSO
Iyo umuntu afashwe n'igisukari,hari ibimenyetso bimwe bimwe bimubonekako:
1.umukoyo urimwo isukari(glycosurie)
2.gusonza cane(polyphagie)
3.kunyoterwa cane(polydypsie)
4.kwihagarika kenshi(polyurie)
BIKOMEYE(COMPLICATION)
1.amaso arononekara(retinopathie diabétique)
2.gutakaza ibubasha bwo kirangura amabanga ya bubatse( impuissance sexuelle ku bagabo,frigidité ku bagore)
3.infection urinaire
N'ibindi.
_*Watsapp:+257 68903483
IBIYITERA
1.isukari,ibisosa n'amafanta
2.inyama,amata n'amagi
3.inzoga n'itabi
4.icayi
5.kubura vitamine B6
6.kwama kundya imwe
7.umuvyibuho wumurengera n'ibindi
INGABURO WOFATA
1. Caffee Alkalin sans sucre : ifasha muri detoxification y'umubiri
2.C24/7: ikozwe mubimera bishika 140 ikabamwo ingaburo zishika 22000 phyto nutriments
3.Choleduz:omega supreme 3 ikozwe mumavuta yifi zomuma oceans.ifise ubushobozi bwo kurwanya ibinure bibi
4.Restorlyf : iza gusubiza itoto ama cellule yamaze kwononekara umubiri ugasubirana inguvu
NB.
Uko bifatwa n'ikiringo bifatwamwo bisabwa ko mwobanza kudusaba impanuro
Kwirakwiza ubu butumwa mumagroupe yose urimwo kandi no kubagenzi bawe
Appel, Sms & whatsapp: * +257 68903483
INDWARA Y'AMARA (COLOPATHIE FONCTIONNELLE)
Iyi ndwara y'amara ni imwe mu ndwara isinzikaje abatari bake mbere bamwe ikabananira no kumenya kuko bayitiranya na amibe,abandi bakayitahura nabi nico gituma benshi uzokwumva bayita igisigo.
AMARA NI IKI?
Ni igihimba ngira kamaro kuko arico gitunganirimwo infungurwa zavuye Mu mushish*to kandi ugasohora imyanda hanze.
Amara ari ubwoko bubiri:
* Urura ruto(intestin grêle)
* Urura rukuru (côlon)
Urura ruto tujejwe kunoza infungurwa zavuye mumushish*to zitaranoga kandi rugatuma zinjira mumaraso (absorption intestinale).
Urura rukuru narwo rujejwe gufata infungurwa zitinjiye mumaraso(umwanda mukuru) kuzorosha no kuzisohora kuko aba ari imicafu.
Ni aho mu rura rukuru iyi ndwara y'amara ifatira.
IBIMENTETSO VYAYO
Iyo ndwara yibasira urura rukuru igaheza ikarusinzikaza,ibimenyetso vyayo nibi:
* Kwama umuntu yuzuye inda,indya yariye ntizihoke (ballonnements).
* Kwumva ibintu biduma kandi bibomboranira munda ( flatulences) ari navyo bamwe bita igisigo.
* Gusohora imisuzi (mumbabarire nabuze irindi jambo ryurupfasoni nkoresha) buri kanya.
* Kugumbiza (constipation) umuntu atirwaye akamara igihe ataja ku mwanda mukuru canke ugacibwamwo,biza birakurakuranwa
* Kwakaka munsi y'umukondo birengeje.
Hari n'ibindi bimenyetso bishobora kubiherekeza nka:
* Ububabare Mu mugongo canke kubibero (Racine des cuisses)
* Kumeneka umutwe igice kimwe (agasate canke migraine),kubura itiro,kubabara mugihe co guhuza ibitsina ku bagore,uruhagarara,kubabara mukaziba k'inda,gutakaza ibiro kuri bamwe,....
NIKI WOKORA?
Muvyukuri ni indwara ibabaza ariko ishobora kuvurwa hzkoreshwe ingaburo nyunganiramubiri.
WhatsApp : *72146174 canke 68903483
*INDWARA Z'IGITIGU (HEPATITES)*
Imwe mû ndwara zikomeye kandi zisinzikaje isi yacu mbere n'igihugu cacu ni indwara zifatira mugitigu (Foie) .imbere yuko turaba indwara z'igitigu ni ngombwako tubanza kuraba akamaro kaco.
*Whatsapp :+257 68220221*
*AKAMARO K'IGITIGU*
Igitigu ni igihimba ngirakamaro mumubiri w'umuntu .Ni ntasubirizwa mû vyukuriri gifise ibikorwa vyinshi mu buzima bwacu .
Igitigu giherereye mu rubavu rw'iburyo kandi kikaduga gushika hejuru kw'ibere ry'iburyo.
Kimwe mubikorwa igitigu gikora nikuyungurura ubucafu canke ubumara butembera mu maraso.
Niyo mpamvu ukwo ubumara buba bwinshi niko hashika igihe igitigu cononekara .
Noneho turabigarukako mumwanya.
*UBWOKO BW'INDWARA Z'IGITIGU*
Hariho ubwoko bubiri bw'indwara y'IGITIGU:
1.Indwara y'igitigu iterwa n'ubumara ( Hépatite toxique) .
2.Indwara z'igitigu ziterwa n'imigera (Hépatites virales)
Reka turabire hamwe imwe imwe ivyayo.
1. *INDWARA Y'IGITIGU IVUYE KUBUMARA ( Hépatite toxique)*
Akenshi iyo Indwara ifata igitigu bitewe ni :
* imiti yo kwa muganga .
* Amavuta y'amakambiri.
* ubumara buvuye mu cayi ,ikawa , ipiripiri ,aside, inyama z'imicopo canke zokeje .
* N'ibindi n'ibindi.....vyinshi
Ivyo nadondaguye bifise ububasha bwokwonona igitigu cacu, uko ivyo bintu bizokujamwo nikwo bizogenda bikwononera bukebuke igitigu cawe gushika kirware.
2. *INDWARA Z'IGITIGU ZITEWE N'UMUGERA (HÉPATITES VIRALES).*
Indwara z'igitigu ziterwa n'imigera ariyo twita VIRUS nazo ziri ubwoko bubiri :
1. Hariho iziterwa n'imigera ituruka kw'isuku rike (Hépatite virale liée au péril fécale).
Izo rero mukuzandura bica mumazi yanduye, indya,....
Izonazo n'inka:
*Hépatite A
Niyo izwi cane ariko ntibangamye kuko iriko iragenda izimangana.
2.INDWARA Z'IGITIGU ZITERWA NO KWANDUZANYA BICIYE MU MAZI ( Hépatites virales sériques).
Izi rero nizo zikomeye zigisibije nomugihugu cacu.
Izo nazo ni
* Hépatite B
* Hépatite C
Hépatite D nayo kenshi uyirwara itewe na SIDA ikagenda igukomerana .
Ahanini turibanda kur
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Bujumbura
