LGG Living
LGG LIVING est un groupe d’évangélisation qui annonce la Parole de Dieu à travers la musique gospel.
Il mène également des actions d’évangélisation dans les quartiers, les écoles, les hôpitaux et divers milieux sociaux.
+257 76318017
EGEÏRO Service✍️
08/05/2026
Mungu anatafuta mtu mmoja tu ambaye anaweza kudhihirisha uzima Wake hapa duniani, uzima k**a Wake mwenyewe ndani ya mikutano yetu. Katika ibada zetu za EGEÏRO SERVICE ndipo mahali tunapojifunza hizi siri za imani.
Tunaona watu wengi wakisaidiwa na kufunuliwa uzima wao wa Kiungu, maana kila kitu kilichofichwa kinapaswa kufunuliwa. Na wewe pia una jambo la kufunua ndani yako kupitia Mungu.
Karibu LGG kila siku ya Jumatano kuanzia saa 9:00 mpaka saa 11:30 jioni, mahali ambapo Mfalme huendelea kuzungumza nasi kuhusu huo uzima alioweka ndani yetu. Hapo mtumishi wa Mungu huendelea kufunua kwa undani yale yaliyomo ndani yetu.
Karibu‼️ Karibu‼️ Karibu‼️
06/05/2026
EGEÏRO SERVICE✍️ Amakoraniro Yacu Yokuwa 6/05/2026 Ahotwabaye Mubwiza Budasanzwe Ahotwahimbaje Imana Kurundi Rugezo Aho Umuvyewi Ap Enock Irakoze Wacu Na Minister GANELLON FANUEL Twize Icirwa Gihambaye Cane
THÉME :EGEÏRO ( Ikanguro)
Ahotwabonyeko ikanguro Ntirishoboka Mugihe Hatarabaho Abantu Bahagarara Bizeye Binovyizerwa Bahaguruke Kuko Imana ntiyiteguye Kudukoresha Mukivuga Ikanguro Nikubwumuntu Umwe Gusa Ahaguruka
Vers: Abaheburayo 4:12Kukw ijambo ry'Imana ari rizima, rifise ubukuba, rifise ubugi buruta ubg' inkota zose, rikinjira n'aho ritanya ubugingo n'impwemu, rigatanya ingingo n'umusokoro, risuzuma ivyo umutima wiyumvira, ukagabira.
Kuri Twebwe Idufise Ijambo Ry'Imana Kubuzima Bwacu Iryo rirakarishe Cane Burya Petero araziko abonne Yesu Ariko Araca Hejuru Yamazi Yaramubonye Aravuga ati Wewe Uri Igisizimwe Ariko Nimba Ariwewe Rungika Ijambo Rimwe Canza Ngaho Uri
Mukundwa Mwiza Nimba Wizeye Imana Irashobora kugukoresha Ibihambaye Cane Kandi Ntakindi Dukeneye Atari Ijambo Abagendana Nijambo Nibo Bana B'Imana bakomeye
VERS: Abaheburayo 4:2 Kuko natwe twabgiwe ubutumwa bgiza nka bo, ariko, ijambo bumvise ntiryabagiriye ikimazi, kuko ritavanzwe n'ukwizera mu mitima y'abaryumvise.
Sitwebwe Bambere Twunviseko Vyoseko Bishobokera Uwizera Sitwebwe Twunvise Ko aritwe Dufise ubugingo Bidashira Oyha Ariko haribk nabandi benshi
ABIKOROSAYI 2:12
Guharura 20:29
Abigaratiya 3:27
05/05/2026
EGEÏRO SERVICE Kaze Kumunsi W'Ejo Mwikoraniro Ridasanzwe Rya EGEÏRO Nimuri LGG Ahotuzoba Dufise Umukozi W'Imana Ganellow Phanuel Azoba Ariko adukorera Muriryo Koraniro Arikumwe na Ap Enock Irakoze Kaze Wibuke Gutumira Mugenzawe nawe Atumire Uwundi
HASHIMWE YESU KRISTO.....MUNTU UBA MURIKI GISAGARA CABUTERERE NDAGUTUMIYE CANE ...IKANGURO NUBUNYENE MUBITWEREKEYE VYOSE
_ndizera cane Ko Impinduka Izana Nihishurirwa Ryico KRISTO ari rizovyutse ibigatanya muritwebwe_
KAZE KANDI CNEEE
03/05/2026
Muri MOUNTAIN OF PRAYER Reka Dushimire Imana Kubwuno Mwubahwa FERDINAND WORSHIPER Numwe Mubakozi B'Imana Bocuti Zacu Badufata Mumugongo Kuva Mumatanguriro Gushika Uyumunsi Aracarikumwe Natwe.
Imana Yatugiriye Neza Kuba Yaraduhaye Inongabire Muribuno Butumwa Bwiza Imana Ihezagire Unomusavyi W'Imana Nivyinshi Twovuga Ariko Imitima Yacu Irahimbawe Cane Kubwawe Mwubahwa .
Kujimbere Kwawe Mubonekere Hose Muburere Bwose Mukundwa Mwiza
03/05/2026
Deuxième partie de Croisade Mountain of Prayer, où nous étions ensemble avec le serviteur de Dieu Michel The Seer, dans la présence de Dieu.
La main de Dieu a puissamment agi en notre faveur. Dieu nous fait beaucoup de bien. La famille LGG vous aime.
Adamu wa 1 & Adamu wa 2
02/05/2026
Un moment intense d’adoration, là où les cœurs guérissent, où les âmes se restaurent…
Dieu agit puissamment à travers eux, touchant des vies, relevant les esprits et répandant Sa présence🙇🏾♀️🤍
LGG au CSBU Church dans un grand évenement intitulé MOUNTAIN OF PRAYER deuxième édition🔥
02/05/2026
Jana Ijumaa, Mfalme alidhihirika katika mkutano uliofanyika CSBU. Mahali ambapo Mfalme alifunuliwa pamoja na mtumishi wa Mungu Ap Enock Irakoze alikuwa akitoa Neno la Mungu. Pale tulibarikiwa sana kwa Neno pamoja na sifa na ibada
01/05/2026
Umwami yatugiriye Ubundi Buntu Bwinshi Aho Uyumunsi Tuzakuba Turiko Dukorera Rino Shengero Aho Numugabuzi Wivyera Intumwa Y'Imana Ap Enock Irakoze Azakuba Ariko Aratugaburira Muburyo Bwijambo
Uratumiwe Nawe 17h00 Mubuterere Aho LGG Living Izakuba Iriko Ikora Muri Worshiper Tegura Impwemu Yawe Kuko Uyumunsi Umwami Araza Gukora Mwishengero
Uratumiwe Cane Gose Ntuvuge Ngo Sinakorewe Kuko Sinabimenye Oyahe Ahubwo Tumira Uwukunda Duhurire Hano Hanu Kukagoroba
29/04/2026
Amakoraniro yacu Yokuwa 29/06/2026 Ahotwagize Ubwiza Budasanzwe Muri CHANGEMMENT Aho Umwami Yatwihishuriye Mubihe Bikomeye Cane Gose Vyoguhimbaza Nogutazira Aho Twaciye Twiga Ijambo Ry'Imana Rikomeye Cane Aho Umuvyeyi wacu Ap Enock Irakoze Yadukoreye Mwijambo Bihebuje
THEME:UMUKRISTO AKWITE KUBA UMWIZIGIRWA
Ahotwabonye amajambo akomeye Cane Ko Wokwemera Ugatukwa Hako Utakaza ubusabane Bwawe N'Imana
Abantu benshi Bariko batakaza Ubugingo budashika Kubwibintu Bishira Vers: Bashumba, mugamburukire ba shobuja, mububashe rwose, atar' ababagirira neza n'ababihanganira gusa, ariko n'abadadika. Kukw igishimwa ar' uk' umuntu, namb' ahanuwe n'ijwi ryo mu mutima gukora ivy' Imana igomba, yokwihanganira imibabaro ahowe ubusa.
1 Petero 2:18-19 _20_21....
No Murii Luka13:22_23_24_25_26
Ahotwabonye Aho Yesu Bamubaza bâti abakizwa nibake??? Mukundwa Imana Irashaka Ko tuyigamburukira Abantu Babone Ingeso zacu nziza Bahimbaze Imana Biciye Muriwewe
Uwakijijwe Akwiye Kuba Icitegererezo Ahantu Hose Ari
1. Mwishure
2. Kukazi
3. Burikibanza Cose Urimwo ukwiye Kwitaho Ko Uba icitegererezo
Vers; 1 Timoteyo 4:12 Ntihakagire ukugayira ubusore, arik' ubere abizera icitegererezo mu vy'uvuga, no mu ngeso zawe, no mu rukundo, no mu kwizera, no ku mutima utanduye.
Ahotwabonye Ibintu 5 Umu Kristo akwiye kwitwararika ahantu sohe ari
1. Ukwiye Kuba Icitegererezo MUVYO UVUGA
2.MUNGESO ZAWE ZOSE
3.NOMUVYO GUKUNDANA
4.MUKWIZERA
5.NOKUMUTIMA UTANDUYE
Dukwiye kubera Abizera Icitegererezo
Iyindi mirongo TITO 2:1_2_3_4_5_7
Yakobo 5:8_9_10
Cliquez ici pour réclamer votre Listage Commercial.
