Elvis promoter

Elvis promoter

Share

ELVIS PROMOTER 🇧🇮🇹🇿🇰🇪🇷🇼🇨🇩🇦🇪
UMUSESANGUZI ✈️✈️✈️✈️
UMUTANANIGWA🤌🤌🤌🤌
kaze mwese ndabakorere promotion
Watsapp yanje ni 📞📞📞📞
2️⃣5️⃣7️⃣6️⃣9️⃣7️⃣4️⃣3️⃣5️⃣0️⃣3️⃣

16/12/2025

good night everyone
ijoro ryiza kur mwes

09/12/2025

ngho ngho tabara kwa O.l.g Olegue harahiye ewe Delicia D BOO uragakoze nubwo ufis 🤣🤣

keep watching song by Delicia D BOO

🤣🤣🤣 08/12/2025

🤣🤣🤣

05/12/2025

mwite Dj-Philbyte akaba ari numu ririmvyi numwe muba dj bariko babikora neza cabe

04/12/2025

ngaho iyi song numuriro🔥🔥🔥 jakur YouTube wabdike by Mike The Champiøn• uhita uyibona cank ucekur ino Link 👇👇👇👇

http://sharevideo1.com/v/V3RQbkI3Rkc5dmc=?t=ytb&f=co

01/12/2025

ngaho ngaho Adrick AKIM agir abatemwo new banger anytime
coming soon

29/11/2025

mwite Jibu The Classic umwe muba bariko babikora neza cane mugihungu cuburundi

29/11/2025

📌Saido Ntibazokiza yarafise amahigwe menshi yogukinira umugwi nserukiragihugu wa Hollande (Pays Bas) agikinira murico gihugu ariko ahitamwo gukinira uburundi !

🔷 Umumenyeshamakuru Steve Derrick mukiganiro Sports for hope agira ati: " Saido Ntibazokiza nibaza ko vyonagorana kuronka uwundi mukinyi twomugereranya nawe niwe mukinyi yakinye muma compétition 2 yitwa yuko akomeye iburaya arumu titulaire indiscutable arimuba meilleur Joueur biyo migwi muri Hollande mumugwi wa NEC Nimègue nomuri Pologne akinira umugwi wa Cracovia Aho hose yarumu titulaire indiscutable acenga agakubita icenga kuva hagati gushika kw'Izamu"

🔷Arabandanya agira ati: "Twagwanye urugamba rukomeye kugira Saido Ntibazokiza aze gukinira umugwi nserukiragihugu w'uburundi igihe yakinira muri Hollande mumugwi waNEC Nimègue . Saido Ntibazokiza aza gukinira umugwi nserukiragihugu w'uburundi Lydia Nsekera niwe yabigizemwo uruhara kugira aze, Saido Ntibazokiza yarafise amahigwe menshi yogukinira umugwi nserukiragihugu wa Hollande "

Uwo mumenyeshamakuru w'inararibonye rero yemeza ko Saido Ntibazokiza atawoshidikanya kwarumu Legend mumugwi nserukiragihugu w'uburundi kuko ikibanza ciwe atanuwuraboneka amusubirira akabonako mbere mugihe Saido Ntibazokiza yoronka umugwi akinira vyoshoboka koyonatumwako nomumugwi nserukiragihugu

📢Wewe woba wemeranya nawe ? Saido Ntibazokiza umwibukira kuki mumugwi nserukiragihugu w'uburundi ?

22/11/2025

Delicia D BOO & Imbwa le comédie

22/11/2025

new 🔥🔥🔥

22/11/2025
Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Nairobi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Address

Nairobi
62195256