Inana y'Imbo
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Inana y'Imbo, Health/Beauty, Maramvya, Bujumbura.
18/05/2025
Waoooh uyu mu type yitwa Bruce
Ariko Ubu yatanguy Kuririmba yitwa Dollar.aciga Kuririmba yarabonekana ariko Ubu asigaye atabonekana mbe Ubu yoba akiri muri Team ya The Fighter?
13/05/2025
Ntuze wihebure ntaho Imana itokura umuntu🤷🤷
Uy'umusore umuravye ejo bundi ugaca umubona Ubu siko akiri ! Ebna ntuze wihebure kutaba mwiza🙋🙋
Hi guys.
Turashaka kugira iyi page yacu yokuza twerekana kahise na kubu k'umuntu
Uko kera yarameze nuko Ubu ameze
Abari tayali muze Kur Page mushireko ok
N.B: Nukuza mu nduha izina ry'umuntu mushak KO tubereka Uko yasa kera nuko Ubu ameze
Mukhamaaaa
Yoooooo🤔🤔🤔🤔🤔🤔
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Maramvya
Bujumbura
