Le bien-être,Aloe

Le bien-être,Aloe

Share

WhatsAp+257 69590869
Nos Conseils pour un Bien-être Quotidien ! Avec une Alimentation Saine, Complète

24/07/2026

Usanga nawe umwana wawe afise ibibazo vy'amenyo ariko utarabona inyishu 🤷🤷

Reka mbabwire, gukuza amenyo na cane cane kubana bakiri bato batarakomera bishobora kubatera akaga ndetse nk'urupfu canke iyononekara rya burundu kubihimba bimwe bimwe vyo munda.

Amakuru meza,nuko dufise ingaburo y'amenyo ishobora gukoreshwa n'abato ndetse n'abakuze kugira ibavure ndetse inakingire amenyo.

Twandikire 📞 69590869 whatsapp

24/07/2026

Ukaba ufise umwana, umviriza nawe uce uza tuguhe izi ngaburo.
Gira commande kuri 69590869 whatsp

23/07/2026

Uhora wibaza kubintu bitekeye munda hawe mugihe ufise nini ??
Bishobora gutuma wisanga muri diabète, hypertension, umutima, mugitanda wap 🫣, wama urushe n'ibindi, wama wuzuye inda 😌, constipation 🥹 n'ibindi.

Amakuru meza n'uko bishoboka ko ugabanuka mukwirinda izo ngaruka mbi.

Andika kuri 69590869 WhatsApp

Injira muri grp 👇👇

https://chat.whatsapp.com/ImBk7uCAW9O8Xgl1Vp3wRj?s=cl&p=a&ilr=4

22/07/2026

Ntamusirimu atazi akamaro ka kino kinyobwa ✍️

Iyi yoza umubiri, isohora Ubucafu, ikuraho constipation, kwama wuzuye inda 🤰, imisonga munda, kutagira akayabagu,

Irica amasumu n'uburozi, ikuraho ukugwaragurika, gucika intege,
Baguhaye ishano canke isumu fata iki kinyobwa.

Iragaburira umubiri mu kuwuha ivyankenerwa ukenera k'umusi k'umusi.

Gahereze Madame canke Mutama wawe.

Ntiwibagire no guha umwana wawe.

Gira commande yawe kuri whatsp 69590869

Injira muri grp 👇👇

https://chat.whatsapp.com/ImBk7uCAW9O8Xgl1Vp3wRj?s=cl&p=a&ilr=4

30/06/2026

Iteho amagara gusumba ibindi vyose ✌️

15/06/2026

ISUKU RYINYUMA KUMUBIRI RIKWIYE GUKORWA NINDANI MUMUBIRI

Kurya isuku ryinyuma kumubiri turyitwararika niko dutegerezwa nukubikora indani mumubiri. Ibaze ibifungurwa twihereza ibivuta birimwo aho bica uko hasa,isahani tuyogesha isabuni kugira biveko,indani naho dukoresha iki ?
Ibaze ivyo tunwa,twisiga,imiti dufata,stress tugira,ikirire tubayemwo,ivyo duhumeka,...ubucafu bidusigamwo.

Ibimenyetso umuntu agira iyibicafu vyabaye vyinshi indani mumubiri :
1. Kumeneka umutwe cane cane agasate
2. Ibintu vyera canke bisa na jaune kururimi
3. Constipation (kugumirwa)
4. Imisuzi ica epfo kandi inuka
5. Amangati,ibirungurira,impemu zimota nabi
6. Kubura itiro,kwisinzirirako,indoto mbi
7. Kuduza canke gutakaza ibiro vyinshi mumwanya muto
8. Kwuzura inda,kwumva isesemwe
9. Kwororera munda inzoka,amibe,taenia
10. Intuguta nyinshi ikanyisha impuzu,ibibazo vyurukoba
11. Nibindi vyinshi

Waba utabifise ibi bimenyetso canke ubifise gusukura indani mumubiri nigikorwa cokugira umugenzo.

Aloe Vera gel iragufasha kuhasukura neza hamwe biseruka ninyuma.

ISHANO,ACIDE,ISUMU naho irafasha naho umuntu yoba abimaranye igihe kinini.

Ukeneye kumenya vyinshi nukuyironswa 👇👇👇
69590869(WhatsApp, appel)

Sangiza ubutumwa incuti n'abagenzi

13/06/2026

Kubera iyononekara rya prostate bamwe bituma ibikorwa bimwe bitagenda neza ndetse bakama bamerewe nabi.

Ukaba ukwiza imyaka 35, 40 kuduga nkufitiye amakuru udakwiye kwirengagiza.

Bamwe baratakaza ubushobozi bwo kurangura amabanga y'abubatse, abandi bishika bakababara mukaziba k'inda, kubabara bari kumwanda muto, gusohora amaraso bari kumwanda muto, n'izindi ngorane nka zimwe mubikwereka ko prostate yawe yamaze kwononekara kumbure iri hafi kubamwo cancer.

Uyu mutekero ni uwawe wewe mushingantahe canke wewe musore.

Erega nubwo utoba uribonako ivyo bimenyetso wokwikingira kuko niyo uja 🤷

Twandikire Whatsp 69590869

10/06/2026

Kandi nawe usanga umara umusi utagiye toilette ugatekereza 😭😭😭

Burya Ingaruka ziri aha hantu ntizoroshe wallah.

Reka dufashe abantu ba5 bonyene bifuza ko umubiri wabo ukora nkuko wakagomvye gukora.

🤙 69590869 WhatsApp

10/06/2026

😭😭😭😭

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Address


Mirango
Bujumbura