NDEKO BON
partager Des idées
Wapi kweli, arabagemye abaraho pe
ISI IGEZE AHATEMBA KABISAAAAA
02/01/2024
IBINTU BITANGAJE ATAMUNTU ARABIKUBWIRA KUMAKARA🤭
~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~
🖤amakara ni kintu kidasanzwe wogumana umwanya wose
🖤Amakara iwanyu iwacu araboneka kandi afise akamaro kanini nko guteka ivyo gufungura
,🕳NGAKA AK**ARO K**A KARA:
✓•1.ibirato vyawe binuka nabi shiramwo ikara kunuka bibe bigiye
✓•2 .Icumba cawe kimota nabi shira ikara mwikeri akamoto ntumenya iyo gaciye
✓•3.frigo yawe ifise akamoto kabi fata ikara utereremwo ntu menya akanuko iyo gaciye.
✓•4.wumva umubiri wawe uzana impumuro mbi za uraterera ikara mumazi ugiye kwoga rimara iminota (3)
✓•iwese(toilet) ifise impumuro mbi hakubure uce uterarayo ikara ntusubira kwumva iyo mpumuro mbi yaciye
✓•5. Ushaka ko imboga zawe zama zitoshe zitereremwo ikara .
✓•7.Imbere yokuronga ivyamwa canke itomati n'ibindi kubera bimpompwa imiti atari myiza kumagara y'abantu bishire mundobouce ushiramwo amazi nikara hama ubone kubironga iryo kara riramira ivyo vyose biri toxic kumagara y'abantu.
N'imboga nuko
✓•8.inrya wiketse ko zirimwo ishano tereramwo ikara ikara rica rinwa ubwo burozi bwose
✓•9.ushaka gutuma amenyo yawe yera koresha ikara mukuyoza
✓•10. Ushaka ko ivyo utetse bitazigira shiramwo ikara.
11. Imbere y'uko uteka isosi y'ivyema ikunda ku*igira shiramwo ikara gusa w'ibuke kuri kuramwo
✓•12. Ufise umunaniro utegwa n'inzoga (hangover)
Hekenya ikara uce urishozako igikombe c'amazi.
✓•13.wanweye inzoga z'imvange w'umva ziza kukumerera nabi inwa ikara risyeye mumazi ntangorane ziza kukugirako.
✓•14.umuntu yakomeretse kandi igikomere gikomeye atabuvu*i bwabaganga ubona hafi isya amakara umene kuri ico gikomere birafasha cane.
✓•15. Wibaza ko amazi yanduye wipfuza kuyasukura nta miti yo muma pharmacy ukeneye ukeneye amakara
Menako amakara amakara aregeranya imyanda yose akayidugana hejuru ukabona kuyikurako ukanwa.
✓•16.ufise ibihere canke inkovu ku mubiri canke iyindi nrwara wipfuza gukira ku rukoba
Fata amakara uyasye uvange na mamesa hama ugire mask aho hose ufise ikibazo
Mukanya ntumenya iyo giciye umazako isaha urabikora gushika biheze
✓•17.unweye ibintu utazi ukumva munda bitunguye kuyagara
Nwa amakara vuba na vuba gukura ico kibazo
✓•17. If you ate or drank something and you feel swollen,
Amakara akiza ibikomere vyarivyose
Menyera kuyahekenya
✓•19. Wababaye canke wayinyagaye fata ifu yamakara ukandishe nu tu*i dushushe
Nikihe kintu nawe u*i kumakara!
Gishire muri comentaire.
31/12/2023
RUSAKE FILM CAMERA - EDITOR : DIRECTOR : KIJEGESTORY : SCRIPT WRITTERS : BON-FILS NDENZAKOD.O.P : OBAZY & JESS
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
NTAHANGWA, KAMENGE MIRANGO 1
Bujumbura
