Buhiri
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Buhiri, Health/Beauty, Rubirizi, Bujumbura.
iyo ngeso yo kwimugaza kandi mukomeye ni Mbii ejo ville narabiboneye
28/03/2026
kuri 2000 zawe ubona wonyidogera Abo tumaze kubikora ni : Alvin Smith Frimeurna Cheval Blanc Randheli Muzobabaze amakuru
27/02/2026
Sat-B Ubu abarizw mur gereza 🙆
inyuma yo Gufata Aka gakobwa kunguvu agahenda ngo azogaha collabo polisi yahise ifunga ishenzi
Gusa aya makuru ndabahaye ntimuyandagaze mubigire ibanga kuko page yanje boyugara 🙏 mwebwe gusa muze kwihorera 🤐
15/02/2026
uwu mumenya asige Lumicash
NB :uwuvuga fernando ntambaze ikintuu
06/02/2026
uyu mugabo yakubiswe nabanyagihugu bo mukamenge Aho yafashwe ariko afata kunguvu umwana w'umuhungu kandi nawe ari umuhungu uwo mwana yarafise imyaka 5
nawe iyuza kumubona wari gutora ubuhiri ugamukubita ??
mfasha unfolowinge (suivre) kuriyi page yanje
02/02/2026
Impera nimperuka KILIKOU AHA NIHE🎙️🔥zopfa kuko si zamu wiyi siii uzogire uburuhuko bwiza
26/01/2026
🐕 yakubiswe n'umugabo wiwe amufashe ariko asambana n'umuyaya kandi banahuje ibitsina
umugabo yavuze ati : iyo nsanga ari umuboyi hoho nabitahura kuko gutahura ko umubiri ugoye ndabitahura
wewe usanze ari Umugore wawe wovyifatamwo nkuwo mugabo cnk nawe woca ukorana n'umuboyi kugira umukomeshe ..✍️
01/11/2025
Soma ino nkuru.
Umugabo umwe yatashe yaborewe ash*tse mucumba ciwe akabakaba kugitanda asanga harimwo amaguru ane(4)kandi yarasanzwe asangamwo ibiri(2)yumugore wiwe yahise yiyumvira ko umugore yazanye uwundi mugabo mugitanda nishavu nyinshi yahise atora ikibando arabakubita cane hama agezaho yagiye mugikoni kuzana amazi ashushe ngo abasukeko akigera mugikoni yasanzeyo umugore wiwe yicaye maze umugore aramubwira ari:cheri abavyeyi bawe badusuye nabarajije mucumba cacu nizereko uvuye kubaramutsa.
Ishura rero nkumugabo nyenurugo🤪🤪
Musomyi ntiwibagire gukora suivre Kurino page yacu kugira muze muraronka udukuru twiza🙏🙏🙏
09/06/2025
18/05/2025
Kubita Buhiri 🤣
Yitwa Niyomukiza Antoinette yakubiswe n'Umugabo wiwe amufashe ariko asambana n'Umuyaya kandi bahuje ibitsi Niko guca amukubita akamusinzikaza
Inkuru yacu yose fyonda uyisanga kuriyi page yacu🤳🤳🤳🤳
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Rubirizi
Bujumbura
