Kazoza kejo

Kazoza kejo

Share

Bwenge

Photos from Papa Pascal Nzoratimana's post 04/09/2022
03/09/2022

SOMA WITONZE INO NKURU

Umunsi umwe umupasitori yafashe urugendo mu nzira agendesha imodoka yiwe ahura n'umutama,amutera ikigongwe ahagarika imodoka yiwe aramwunguruza,bakigenda wa mutama abwira pasitori ati: mwananjye woba wamenye ibyaraye bibaye iyo mw'ijuru? Pasitori aratinya maze ahagarika imodoka maze amubaza ati:woba ukwije neza?waronse amakuru yo mw'ijuru gute?wa mutama nawe ati:Ijoro rirenganye Imana yari yarakaye cane kubera abantu bivanye nibyo bakora ibwira abamarayika bavuze inzamba ariko bataravuza inzamba

Yesu agwa imbere y'Imana arira cane maze amaraso atangura kuva mu maboko no mu mubiri wiwe maze abwira Imana ati:buretse gato harabo nkirindiriye ko bihana urupfu rwabo ntirube urubajana muri gihonomu.
Imana ibonye ukuntu umwana wiwe ariko avirirana amaraso igira ikigongwe ariko ica ibwira Yesu ati:ndaguhaye amahigwe ya nyuma,Yesu ahindukirira ba bamarayika ababwira ati:mwese mwigabagure mugende kw'isi mubabwire ko :"Iherezo ryegereje,ndi hafi kuza"

Pasitori yihanagura amosozi maze abaza wa mutama bino byose wabimenye gute?wa mutama nawe ati:Jewe ndi umwe muri ba bamarayika barungitswe kw'isi na Yesu nje kuburira isi akomeza abwira pasitori ati:kano niko kanya nawe genda uburire abawe bose wigisha mu rusengero rwawe wongere usangize abandi ino mburi ku mbuga ngurukana bumenyi n'ahandi uwo buzageraho wese nawe asangize abandi butarageraho kugira ino mburi ikwire isi.Wa mu pasitori ahindukiye ahari hicaye wa mutama ntiyongera kumubona ako kanya nyene ahindukiza imodoka agenda mu rusengero yigishamwo atangura gutanga ino mburi avugako "Yesu ari hafi"

Wewe usomye ino mburi je ahanje ndahejeje hasigaye ahawe ko usangiza abandi badapfa bapfira mu byaha,umuhigwe ni uwupfa apfira mu Mwami

Niba uroga ihane uyu munsi
Niba wiba ihane uyu munsi
Niba uraguza ihane uyu munsi
Niba usambana ihane uyu munsi
Niba ubesha ihane uyu munsi

Hari uwikinisha ijoro umurango bivanye n'ibiterasoni araba muri Terefone yiwe yihane uyu munsi ahebe uyu munsi

Niba ukora icaha cose mw'ibanga wibaza ko abantu batakubona ihane uyu munsi ijisho ry'Imana ryo ntaho ritabona

Ihane uyu munsi amaraso ya Yesu akweze

UGIRIGWE NEZA N'IMANA

Nipfurije buri wese ahejeje gusoma ino mburi kuzibera muri ca gihugu Imana yasezeraniye abera aho abaho babayeho baguwe neza

IMANA IHEZAGIRE UKUBOKO KUGIYE GUSANGIZA ABANDI INO MBURI

Niba ukunda Imana n'ijambo ryayo kanda like kuri page

https://www.facebook.com/105950845137093/posts/183782617353915/

Ndabakunda cane"

03/06/2022

I Can be president

15/05/2022
07/05/2022

Mwarahezagiwe

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Bujumbura