Kayangana Burundi
Journalisme
26/07/2026
Himbazimana ukiriho. Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.
25/07/2026
Isanamu y'umusi: intwari.
Nanje nti: "Nimwiryohere ng'ico ikibuga. Imbere niheza kuko uno musi hameze gutyo kandi siko hahoze mbere sikwo hazokwama kuko imbere niheza".
Uwo tuvyumva kumwe agire like na s'abonner.
17/07/2026
17/07/2026
basabwa gutahura ko n’abagabo bashobora guhura n’ihohoterwa ryo mu ngo.
🤷 , bamwe mu benegihugu bo muri komine zone bavuga ko hakiri abatware bataratahura ko abagabo na bo bashobora guhura n’ihohoterwa ryo mu ngo nk’uko bikorwa ku no ku bagore.
😥Ibi babivuze inyuma y’aho hari umukenyezi yama yitwara ku batware ngo umugabo wiwe ahanwe, kubera amuraza ubusa ntamusumire.
🎤Ababanyi b’uwo muryango bavuga ko uwo mukenyezi atiyumvira ico yokora kugira afashe umugabo mu buzima bw’umuryango, kandi ko hari ibikorwa vy’akazi ka buri musi yahamagariwe gukora ariko akavyanka avuga ko umugabo yamubujije kuja guca amahera, ariko bikagaragarako ari ububeshi, bakavugako abivuga kubera hari ibikorwa vyamugaragayeko yuko yamenyereye kurera amaboko adashoboye n'udukorwa tubayebaye yokora adakoresheje inguvu nk'uko abandi bahakura ivyo gufasha abagabo babo.
Abo babanyi bavuga kandi ko uwo mukenyezi hari amahera ahabwa n'umugabo yo gusumisha akayakoresha mu bindi badaheza bafungure mumuryango, muntumbero yo guhana umugabo, mu gihe umugabo ariko abandanya kurondera ayandi mahera akoresheje agakinga mubikorwa vyo kwunguruza abantu n’ibintu.
Mu gihe uwo mukenyezi yitwara avuga ko “arazwa ”, bamwe mu batware ngo baca barondera guhana uwo mugabo, ivyo ababanyi bavuga ko bidakwiye gukora hatabanje gusuzumwa uruhara rw’umugore mu buzima bw’urugo.
Abo babanyi bavuga ko ubuzima bwahindutse, kandi ko uruhara rwo kurondera ico umuryango ufungura rutakiri urw’umugabo wenyene.
Basaba abatware kwama bumviriza impande zose, imbere yo gufata ingingo mu matati yo mu .
Tubiyage média
Présidence - République du Burundi
Cndd-Fdd
17/07/2026
ibikorwa imbere. Dusidukane n'iyonka twiyubakire karatiye yacu.
17/07/2026
Nk'umurundi abakunda ndabifurije ibihe vyiza na Tubiyage média mutibagiye gukanda hano👇
https://www.youtube.com/%C3%A9dia?sub_confirmation=1
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Isare-Bujumbura
Bujumbura
