Umubiri Wawe
UBWIZA BUCA MU MUBIRI
FOLLOW AND SHARE
La sante une richesse incomparable
19/10/2025
SUIVEZ CETTE PAGE,VOUS AUREZ LE D'UN GRAND ÉVÉNEMENTS CE DIMANCHE SOIR À 16H00
👇👇
https://www.facebook.com/UmweteNiterambere
Umwaka mushasha ivyiyumviro bishasha,intumbero nshasha.
Ama regles(ubutinyanka,igishoze...) ababaza si uko bibwirizwa kumera ni ukwononekara kwigitereko cawe.Attentiooon!! Umviriza iyo ntahe.
Inbox:+25779338380
Le témoignage sur le Complement Alimentaire Forever Kids sur l'entretien d'un BIEN-ETRE de l'enfants.
Mes chers Parents suivez attentivement
Vos questions dans les commentaires.
26/02/2024
Burya kwuma urukoba bigaragaza ko wumye mu mubiri.Kwisiga iyi ngaburo y'urukoba bizoshikira n'indani mu mubiri.Mu bihe vyo kugendagenda intara n'ibihugu,mu bihe vy'ihindagurika ry'ibihe,amavuta nkaya ni ngombwa kuyamana kugira ubandanye utotahaye ukayangana neza.
Aho daaaaaa nivyo birimwo?Nuko bimeze kumbe?
21/12/2023
Abakera bari bazi ko ubuki bukoreshwa mu kuburya mu bintu bitandukanye hamwe no kubushira mu bihimba vy"umubiri bitandukanye kugira bohubake nezaa:Mu jisho,mu bihimba vyirondoka ku bakenyezi,n'ahandi n'ahandi...mbega ubuki bw'ubu muracabushiramwo?Kubera iki?Itituka ryabwo ntiribemerera...ngubwo ubuki bumeze nk'ubwa kera Bwabashwayemwo.inbox plus d'infos..
28/11/2023
Imvo 10 zotuma unwa iki kinyobwa.
1.Kugaburira umubiri(12vitamines,18acides aminées,20sels mineraux).
2.Gukomeza abasoda b'Umubiri(Ifise ivya ngobwa bita Enzymes).
3.Ifise ububasha bwo gukingira inyama z'ubiri ukubabagurira n'ukunyambirana.
4.Ifasha ibifungurwa guhoka neza?
5.Uratunganya neza ikora ry'inyama n'ifyaturwa ryazo no kuzikingira kugwa ingese.
6.Irafasha urukoba kwiyubaka no gusa neza.
7.Kuragabanya uburuhe mu mubiri.
8.Kirafasha umubiri.kwamana itoto no gukuramwo ubucafu bwose mu mubiri canke isumu.
9.Kirakingira umubiri kwuma amazi.
10.Ukinwa iminsi yose,kiragufasha gushira ku bikorwa vyiza vy'umubiri wose.(régulation des systèmes du corps).
Tukuzanira aho uri hose.
Emmanuel:+25779338380
UMUBIRI UMEREWE NEZA:
NGO UMUBIRI NI RYO TUNGA TWAHAWE N'IMANA KANDI IZOTUBAZA UKO TWARYITWARARITSE.
Aratubwiye
ibanga ryose twokoresha mu kwubaka umubiri wose ukama umerew neza.
Umviriza ngaho.Cane cane abagore n'abakobwa.
Contacter Umubiri Wawe
27/07/2023
Umugabo iyo amerewe neza MU MUBIRI,urugo n'igihugu biba bihagaze neza.Ni co gituma mugira dutahuzanye UBUHINGA,ibihe n'ibisata umugabo atotiriganako Ku mubiri wiwe Narirya mu VY'UMUBIRI Abagabo twiyibuka twatevye,hategekanijwe iri koraniro Mubona rizoba éjo Ku wagatanu 28/7/2023:16h00-18h00 muri ICO ICO kibanza.
Uzoba Uhari n'abagenzi Bawe?
(+25779338380/+25777338388)
BUJUMBURA VENDREDI LE 28/7/2023 AVENUE PIERRE NGENDANDUMWE Nº1.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Address
Bujumbura
257
