Dutere IJORO Ijambo
Gatakazi_Musongati_Rutana _Burundi
*HARI IBIGWARA TUGWARA BAKATUBWIRA NGO NTIBIKIRA . Inyishu ni muri* :
*CENTRE THERAPEUTIQUE NATUREL BURUNDI🇧🇮* Yatuzaniye UBUHINGA budasanzwe *N'IBIKORESHO BIGEZWEHO MUGUPIMA NO KUVURA hakoreshejwe ibikoresho n'Imiti bidasanzwe mukuvura no gukinga kungwara Zitandukanye eka no guhabwa Impanuro*
📌TURAGIRA EXAMEN (Quantum )ou Analyseur Magnétique.
📌HARIHO IMASHINE IZIBURA IMITSI : ITERA CARE OU (Quantecare)
📌HARIHO IMASHINE IVOMA IMICAFU MU MUBIRI :*DETOX*(DETOXIFICATION ET Pétrification du Corps )
📌Na ITERA CARE(massage neufs) IGORORA UMUBIRI NIMITSI YITUNATUNYE
Kugira umenye vyinshi wobaza kuri
:*+257 62542416*
Bariko barafasha na cane cane KUNGWARA ZIMWE TWITA MUGIFRANSA NGO LES MALADIES CHRONIQUES
1.Kubura uruvyaro biravugwa
2Hypertention
3.Asma
4.Estomac
5.Emoroide
6.Amafyigo
7.Kuvyibuha birenze
8.Kubura ubushake mumibonano mpuza bitsina
9.Infection
10.Umusonga
12.HepatiteABC
13.Kubabara umugongo
14.Kuribwa cane mugihe c'imihango
15.Abariye ishano
16.Amenyo
17.Kurangiza ningoga mumabanga yabubutse
18.guturagurika mungingo
19.kutaja mubutinyanka kurugero rwiza
20.kwuzura inda
21.sinezite
22.kubura amavangingo kubakenyezi canke kugira make
23.cancer
24.kwuma mugitereko
25.kutarangiza kubagabo canke abakenyezi
26.ibivyimba harimwo nivyomugitereko
27.dépression
28.ingwara zifata amenyo
29.intandara
30.kudasinzira
31.kudadarara imitsi
32.goûte
33.Amaso
34.Diabète
N'IZINDI NDWARA TUTARINZE KUDONDAGURA
NB🎀M.N""SABA RENDEZ-VOUS imbere yukuza Kwivuza canke wakure KURI:
WhatsAp +Appel isanzwe:*+257 62542416*
KUGIRA WITAHIRE HAKIRIKARE.
*N.B* :TUBIPFURIJE AMAGARA MEZA
31/03/2022
Reka ndabe uwutora iki gisokozo?
Ntikagucike.
Abazi utu tugani mudufashe?
1. Uwukebewe nini...
2.Uwanka agakura ...
Dutwenge gato...
gakecuru kasinziriye kasamye , imbeba igata amasyegege mukanwa nako gati: igihe co kurya umwaka cageze.
26/03/2022
Nimba ufise wurukundo sengera uno mwana aragwaye cane 😢 amerewe nabi woba ugize neza 👏 ICO nogusaba 🙏 nuko wogira muma 15 kugira aronke amasengesho menshi hama ntiwibagire J'aime kuri page 👉 Jr le comedian
Haaaa abantu nabo sukubesha pe . Yezu ibi yobikora?
Uvyumva gute weho?
24/03/2022
Abakera mutubwire ibi nivyo?
Où est_ce que vous allez?
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
R5
Bujumbura
