C.I.M TV
BURUNDI TO ALL NATIONS
30/08/2024
MBEGA NINDE AZI INTANGO YISI NIHEREZO RYISI?Inzu Ifise Aho ifatiye Ku nkingi zayo, None Isi Ifatiye Kuki?Ninde Azi IHEREZO Ryumuntu?Ushobora Kubona Aho Umuntu yacumuriye ariko ntiwomenya IHEREZO Ryiwe Umwanya Wo Gucikana ICO Yaganiriye N'Imana!!!!??
Imana irengeye Kwihana Ugomba gupfa!!!!!Imana Si Umu Merchant Ukumengo ARARYANA....Ndizeye Neza Yuko Imana Yacu Ifise UBUBASHA BWO KWUMVA Ikiganiro Hagati yayo Numuntu Agomba Kwitaba Imana.....UMUNTU AKABONA IJURU ATARINZE KUBONA PASTEUR..Ubuntu bw'Imana burengeye Ivyo Tumenyereye....
26/06/2024
Isi Ntizokwigera ihinduka canke Ihindurwa izokwama ari IRIYA nyene!!!Ariko Isi Niyo Izoguhindura...Ariko Ubwami Bw'Imana Bukakugobotora Muriyo Shusho Wahawe N'isi..
Ariko IJAMBO RY'IMANA RIRABWIRA ngo Mugende Muhindure Isi...Si Twebwe Duhindura Isi Ahubwo Turungitswe Guhindura ab'isi bahinduwe Niyo Si....
07/11/2022
Uburongozi n'Impano Imana Idatoraniriza UMUNTU Wese,UBURONGOZI NI Impano Ihamagarikwa UMUNTU yagizwe Inyegu Nivyo ahawe Kuyobora ... Égal Kwitaho Ivyo ahawe Kuyobora Kuruta kwiyitaho....
13:17" Niyo Mpamvu Ijambo Ry'Imana Ribwira Ngo TUBUBAHE KUKO BADASINZIRA KUBWACU.....
Ngomba Guhanura UMUNTU UMWE Cânke Babiri Hano:
1. Iyo ugizwe Umurongozi,Garagaza Uko Uri,Muri côté Zose....Kuko Abo Uyoboye Basabwa Kumenya Uko Uri....
2. Senga Imana Iguhe Amatwi Manini Kuruta ,Ugire umunwa Muto... Umurongozi yumviriza cane Kuruta KUVUGA....
3.Umurongozi Asabwa Kugaba Kutiyegereza UMUNTU Wese Abona....Kuko Ivyo Bizana akaga Mu BURONGOZI Bwiwe....Genda Bukebuke Nabantu.......NTUKIHUTIRE KURAMBIKA IBIGANZA KU BANTU ngo Igikorwa kiragutse.....Kuko Benshi Babikora Bari Mu Mpwemu Ngo Imana Iravuze ariko Imbere Haza Bakicuza Icatumye Bagorora IBIGANZA Ngo BAHEZAGIYE abungere..Mbega Aho Uhezagira abungere Benshi Abarimu Benshi ,Ishengero ryakunaniye Kuyobora?MUGIRE UBWENGE ,TUGIRE Ubwenge tubugwiza...Tutagize Ubwenge Imana Izoduta...... UBURONGOZI NI MPANO IRUTA KUZURA ABAPFUYE......
D'APRÈS APOSTLE THIERRY NIYONGABO
(+257) 62695410...
03/11/2022
Que l'Éternel soit Loué et Béni Éternellement Pour Nous confier d'être la tête de ma Famille...Il faisais Bon comme des Grandes chose, il est Merveilleux pour Nous Bénir Cette Belle Fille Clairia Ashley .....
03/11/2022
Le royaume de Dieu est de Vous,Repentir et confesser tes Péchés,Jésus Christ Est prêt de Nous!!!!!!!(Romain6:23) Car le Salaire du Péché c'est la Mort mais Le don gratuit de Dieu c'est la Vie Éternelle.
By C.I.M Ministries
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bujumbura-Gihosha
Bujumbura
