Top influencer

Top influencer

Share

Kaze aho ushobora kumenya ayavugwa kw'isi yose muri rusangi no mu BURUNDI vy'umwihariko

26/10/2025

Hemwe ivyo bintu nsanze biharawe ngo follow to follow bimeze bite? Abantu 50 banyaruke dufollowingane nirabire ivyo bishasha

26/10/2025

Mukoo, wee fata ubaze chr wawe UTI uwu musi hari iki? Natakwishura El classico, uwo azoba Ari claudine.

26/10/2025

Ninde abazi akadufasha kubipfuriza umusi wo guhimbaza Imana mwiza?

26/10/2025

Bon dimanche kuri mwese mudukurikirana muri Hafi na kure.

24/10/2025

Ngo yabakomye, none carvajal azomuha umubonano inyuma y'urukino gwa dimanche

Photos from Top influencer's post 24/10/2025

💯 la photo qui mérite beaucoup des mots et de like.

🔥🔥🔥Inkingi y'urugo akaba inkinzo y'umutekano mu Burundi.

24/10/2025

Babibonye bagira ubwoba bwishi, Baja inama yo kumugirira nabi, bamucirako amatara, bimuhesha hit kurushaho.

Aha ni he?

24/10/2025

Gahunda yo muri week end nkubu imeze gute?

Photos from Top influencer's post 22/09/2025

Intashyo nyishi kuri mwebwe mwese mudukunda, natwe tubafise ku mutima guys.

Ina Ligera Mimi Mireille

Photos from Top influencer's post 23/08/2025

MUTAMA Diaro🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Uwu Mutama namufanye kuva kera nkiri muto none uwu musi nahuye nawe en plus duhurira muri projet imwe wari umunezero mwinshi kuri jewe iyo mute n umu star wanje nama nikausha nkapfuma ndamwihweza atandaba ariko uwu musaza nafashe umwanya ungana na 30min ndamubwira uko ndamukunda 🥳🥳🥳🥳
Usivye ko nsanzwe nikundira abatama uwu nabimubwiye ndabikuye ku mutima peee♥️♥️♥️
Ukaba umukunda umwibuka muri film yitwa gute?jewe ndibuka SOFIA🔥🔥🔥🔥

Mugire umugoroba mwiza🙏🙏🙏

MON COURAGE EST MA RICHESSE ✍️✍️✍️✍️✍️✍️

Repost from Ina Ligera

Photos from Top influencer's post 30/07/2025

Sandrine kamikazi UWIMANA

Photos from Top influencer's post 28/07/2025

🛑L'actuelle actrice populaire Mimi Mireille . 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Inezajoyeux1@g. Mail. Com
Bujumbura