GIRA Ijambo NAWE
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from GIRA Ijambo NAWE, Health/Beauty, odilemukerabirori6@gmail. com, Bujumbura.
Hari ubudasa mubrere bwo mugisagaraa no hagati mugihugu!mubivugako iki?kora like na follow tubane muriki kiyago @
16/02/2026
Ndahaye mwaramutse mwesee Aho muherereye!
Ndabaramukije mweseee Aho muherereye.nankana Ubu Hari ibikorwa umugabo atokora murugo ngo bomutwenga?tubwire ikintu kimwe wokora bakagutwenga ngo cokora umugore wawe!
Turahaye ikaze mwesee ncuti twubake igihugu Cacu muguhanahana Ijambo umuntu wese ahe agaciro mugenziwe uko yoba ari kose nacane cane uwo hanyuma yabandi!tuzoshirimbere intahe yokubaka abandi nukuvugira uwo wese ari mubihe bitoroshe kugira aronke ubufasha bumikwiriye
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Odilemukerabirori6@gmail. Com
Bujumbura
