Burundian Female Artists Network

Burundian Female Artists Network

Share

�: Coming soon
�: Out Now
�: Updates

07/04/2023

Hello Helloo Loverly Fam🙌🙌🙌🙌 ashaka kubamenyesha ko Inyuma yogusohora abazaniye akandi kitwa kazosohokana namaShusho (Official Video). Ubufasha gushika ubu Mwomuha Ni gu partagea ino Cover mukumushigikire nkuko mwama mubikore 🙏🙏🙏
Dir 🎬: .keiffer
Tubibutsa Yuko ariwe ari inyuma yiwe!!!

Photos from Burundian Female Artists Network's post 07/04/2023

😌🔥

Photos from Burundian Female Artists Network's post 05/04/2023

Ni Kwigenekerezo rya 08 Ndamukiza. Nugusidukana Niyonka tugashigikira

.creative .12

05/04/2023

Bwira umubanyi yuko ari igenekerezo Rya 8 Ndamukiza. Erega ni Hirya Yejo 🔥🔥🔥🔥
Genda ushigikire utere intege Burundi bwejo bwifuza Kuzomera Nkawe🔥🔥🔥
Esther

03/04/2023

Umwigeme ashigikiwe ashobora Gufasha mwiterambere. Azi Ico ashaka mumutege amatwi.

21/03/2023

Hey Family Hope Y'all having a great time!! Just want to ask you to

⚠️Stay Tune for the one and only magic Talented Queen in the Game

20/03/2023

⚠️Coming Soon.

Please Support your Girl Khailla Keza] ,Soon is Dropping something new with on of creative Artists in Town Daulphin Dankara

💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃

Follow Khailla Keza] to Stay Updated

20/03/2023

Imana Imbere Yavyose Imana!

20/03/2023

Pull Up For The Queen!!! Guess Whose Birthday was it?
💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃

Guys Help us Wish Our Queen In The Game, the Best and Mostly wonderful heart melting Blessings, Umumama Akorana Urukundo Ivyo Yiyemeje Muri indasi Yacu

Yaraye akorewe Surprise Nabigeme Ahagarariye Muri ya Birthday yiwe.

We Love You so Much and We Will keep On Supporting your Broad Goals for

💃💃💃😂🤣😂🤣😂🤣😂💃💃💃💃

17/03/2023

Team Work Make It Work✅
Gukora Ni Uguhozako, Kandi Ubumwe Busitura Ibuye!

17/03/2023

🥰✅

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Bujumbura