Yvette diamante

Yvette diamante

Share

Yvette diamante ,la meilleure actrice

23/04/2026

Mwe mukoresha iki mumushatsi ?
iwacu dukoresha begwa

23/04/2026

Ngo nguma mbona abandi bana kuri kiosque bafise ama taille ariko jew vyaranse.
Ndondera ngutemwo.

21/04/2026

Uwushaka kuvyibuha andondere

21/04/2026

Umugoroba mwiza

21/04/2026

Ndabaramukije mw'izina rya YESU

21/11/2025

Bamwe mufise ibirenge biriko ibisatagu,canke bigumye,canke ugasanga kuva kumavi kugera kumaguru mufise udu point tweragurika umenga ni urubandu,mugure Aya mavuta muzonshimira nyuma

18/11/2025

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Emelyne Ndayisenga, Gerardine Niyomukunzi

17/11/2025

Ibumba ryera, ibumba rya vert, igisuru, fenugrec kuba mama bashaka kwongereza amabereber,
Umuti w'amavangingo
umuti wokwonda hose
umuti wokuvyibuha hos
umuti wo kwonda munda
umuti w'ubushake
amavuta meza avura urubandu
amavuta avura amaribori
amavuta avura Ama tâche,nibihere mumaso.
watsap : 62152995

17/11/2025

ushaka kwonda? kuvyibuha? kwivura igikakwe,kwivura iceyi,

waragumiwe ntawe mumarana 2?
Ndondera.

62152995

17/11/2025

Gurira amavuta meza umwana wawe.

17/11/2025

ushaka kumotesha impuzu zaw,canke chambre yaw,canke toilette yaw ?
gura Aka kantu ! nta parfum uzosubira gukenera nikeza kandi kararamba.

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Bujumbura