Amagara aruta amajana
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Amagara aruta amajana, Health/Beauty, Bujumbura.
29/12/2023
Burya umugabo yitwa umugabo kuberako ubugabo bwiwe bukora neza ni wabuziko budakora neza uriko ukoriki kugira bukore neza?gereza ukore icotuma uwo mwubakanye canke muk***anye yokwishima mukwihereza izi ngaburo zituma ubugabo bukore neza ukaburinda nokwononekara iyi ni bedroom package ifasha abagabo kwubaka ingo zabo neza
Numugore nukwo nyene hariho ivyateherezwa gufungura kugira agire akabombera mugihumba c'irondoka anabikore avyiyumvamwo ingaburo z'abagore zirahari
whatsApp et Appel simple : +25772313758
29/12/2023
Hari vyishi bituma umugabo atakaza ubugabo. Ntitwobisigura cane uyumwanya ariko reka tuvuge bitanu biboneka gusumba ibindi hamwe n'inyishu kuri vyo.
1) (ma********on): Kwikinisha ni ikintu kibi cane kumugabo kuko abikoze keshi vyonona cane ubwonko, prostate, n'imitsi yo mugitsina. Bigatuma Kandi inkabuzo ya kigabo yitwa testosterone idasubira guhingurwa kurugero rukwiye. Inyishu ni
👉🏾Guhagarika Kwikinisha vuba hashoboka wifashishije izi ngaburo zigufasha mugusanura ivyasambutse.
2) :Ingwara ya Diabetes iratuma umuntu azima, ntasubire gukora neza imibonano mpuzabitsina, mbere agateba agatakaza gose ubushake n'ubushobizi bwo gushukwa. Aho rero ingaruka ni nyishi ariko ico gushima nuko izi ngaburo zisanasana umugwayi wa diabetes mugihe gito cane agasubira kurangura amabanga y'abubatse neza ndetse agashimisha uwo baryamanye atakanenge.(Ntibisigura ko diabetes iba yakize ariko iyonngaruka mbi yo ya diabetes yo kwica ikora ry'ivyirondoka niyo iba yahavuye neza)
3) umuntu ageze mwo: umugabo wese iyo ashikanye imyaka 35, prostate yiwe itagura kuvyimba no gukor nabi. Ntakubabar, ntavyo amenya, ariko keshi abimenya yamaze kononekar birenze.
Ingaruka mbi nuko, uko imyaka iba myishi na cholesterol nik igwira mumitsi, enduranc ikagabanuka cane, testosterone igahera can, inguv muri rusangi zigatera zija hasi. Inyishu ni👉🏽 Izi ngaburo zigizw n'ivyangombwa bigwiriye mwo ama anti-cancer ( antioxidants ) nka vitamine C, sel mineral zinc, lycopène...n'ibindi bituma prostate ikora neza igakomera kandi ikavamwo ama cellules ya cancer. Zituma kandi amaraso atembera neza mugukura ibinure mumitsi, gutyo endurance ikaduga umuntu agashobor kurangura amabang y'abubatse umwanya ukwiy bitavankye n'imyaka afise mugihe atarakwiza 75 ans.
4) yo muma pharmacies: mukibanza ca kane, twovuga imiti. Abahinga bo mubuvuzi, bavuga ko imiti nka yose ifise ingaruko mbi yo kugira abant bose abagor(Feminisation) abagbo bagatakaza ubugabo abago +25772313758 wast
28/12/2023

20/12/2023
HÉMORROÏDE NI INDWARA IYO UTAYIVUJE UKO BIKWIYE IGUMA IGARUKA.
BIMWE MUBITERA IYO NDWARA
__________________^_________________________________________________
1️⃣Kwicara umwanya munini utaruhuka.
2️⃣Gukora Akazi kenshi wama wicaye muntebe(nko mu bureau,Aba chauffeur.......)
3️⃣Kwihoza kuja kwituma(grand besoin) uti ndaba ndagenda kandi ubishaka.
4️⃣.Amazi acafuye ushobora gukoresha iyo uvuye kumwanda mukuru
5️⃣Gufungura ivyokurya bigorana ihoka.
6️⃣Kugumbiza kwa cane(constipation)nakonyene kurashobora gukwega Hémorroïde.
IBIMENYETSO VYU'WUYIGWAYE.
💥Kubabara mugisusu iyo ugiye kumwanda mukuru.
💥Kwituma bigusaba inguvu nyinshi kubera ukugumbiza(constipation)
💥kuzana amaraso iyo urikwituma(Grand besoin)
💥Isohoka rya re**um muri a**s iyo uri kwituma
💥Kwama wuzuye Inda n'imisonga munda.
Ushobora kuba hari umwe mumuryango wanyu ahanzwe niyi ngwara turamufasha bikagenda neza.
Aricubaza twakure canke mutwandikire kuri whatsApp &Appel
+25772313758
Murakoze.
12/11/2023
Salut
Woba U*i Akamaro k'iyi sabune Aloe liquid soap?
N'Isabune:
1.ikinga infections vaginales na urnaires
2.irakiza infections vaginales
3.irabombeka igitsina gore kikoroha
4.irakura uduherehere mugitsina gore kirurya aguma yiyagaza irabiheza
5.Ituma igitsina gore kimota neza kuko gisukuye neza
6.Itanga akamoto keza k'Amavangingo
7.Kurukoba naho izibura urukoba rugahema neza
8.ituma urukoba ruremba
9.Ifasha urukoba gutsinda imigera iva hanze ituma urukoba rwononekara
10.ku mishatsi ikomeza imishatsi igatuma idacikagurika, itajamwo imba,ikomera,...
Plus d'infos :+257 72313758 whtspp/appel
11/11/2023
NI **ARO 💔
_________________________
💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔💔
Ese waruziko Ibice 30% vyabagabo Bose babaye kw'isi babana n'ikibazo co *kurangiza kare no gucik'intege* mu ma banga y'abubatse❓
Ariko Abagabo(Abasore) bo muri iyi minsi bobo ibice 90% usanga barashikiwe n'ingaruka yo *kwikinisha* abandi ugasanga barwaye za *diabete, hypertansion, umuvyibuho urenze, amibe* ndetse n'izindi ndwara usanga zica umubiri w'umugabo imbaraga bikarangira atakibasha kurongora umugore wiwe ngo arangize mu buryo bukwiye bityo kurangiza vuba bigakomeza kuba ikibazo gikomeye kinateza impagarara no gusenyuka ku rugo😭
_Ese waruziko iyo urangiza kare bigira ingaruka kumugore wawe kuburyo ahorana ibi bibazo❓_
_____________________
✓Umugongo Udakira
✓Uburuhe budahera
✓Umutwe udakira
✓Kubabara munda yo hasi/mukaziba kinda(bas ventre
➖Gucana inyuma
✓Kuzinukwa imibonano mpuzabitsina...
*WOBUZI UMUGENZI AFISE IBI BIBAZO❓*
1. Kurangiza kare
2.kutagira ubushake
3.Gucika intege muri iki gikorwa
4.Intangangabo z'amazi canke z'ibihumbwa
5.Ingaruka zo kwikinisha
6.Umugore atagira amavangingo canke ubushake bukwiye canke agwaye infection
*Ubu mu Burundi dufise ingaburo naturel 100% ziva muri 🇺🇸AMERICA ziheza ivyo bibazo*
Dukorera i Bujumbura muri ville
+25772313758(whatsapp)
_MURI RWA RUKUNDO SA'GIZA UMUGENZI IZI NYIGISHO_
18/06/2023
whatsApp et Appel simple :+25772313758
Igihugu cose urimwo birak***a
Prostate n'Akagingo kangana n'akabuto gatoya gatanga amazi agaburira kandi atwara intanga ngabo.
Aho ituruka:
-Ishobora kuva kubwandu (infection)
-Kwikinisha
-canke ikandurirwa mumibonano mpuzabitsina.
Woba ufise ibibimenyetso cnk ufise incuti cank umugenzi afis ibibimenyetso 👇👇
🔹Kubabara uriko urihagarika canke kwihagarika kenshi.
🔹 Amaraso mu mukoyo
🔹Kubabara cane, kubabara mugisusu, kubabara munda, canke kubabara umugongo.
🔹Ubushuhe
🔹Kwiyumva nabi no kubabara umubiri wose
🔹Gusohora umukoyo muke cane wari wumva uhashaka cane,
🔹 Kubabara canke kudakora neza imibonano mpuzabitsina
🔹 Kutavyara
▶️ Kuvyimba kw'agasaho k'akanyigimbe (prostate)
02/05/2023
Packs igarukana inguvu kigabu, ikubaka ibihimba vyirondoka vyumugabo
whatsApp et Appel simple :+25772313758
02/05/2023
,_B,_C,_D_et_E
Ibimenyetso vyingwara ya hépatique nibi:
-Kugira urukoba rusa numuhondo namaso asa numuhondo,
-kuvyimba amaguru
- Kuvyimba inda
- kubura appétit
- kuguma wumva iseseme,
-Kugira utuvyimba kumabere,,,,,,etc
Hépatique ningwara yandukira muburyo bwishi.
ukaba Uyigway cank ufis umugenzi cnk incuti afis ivyobimenyetso mubwireko dufise ingaburo zishobora kumufasha
Kuwufise icabaza whatsApp et Appel simple : +25772313758
01/05/2023
*🌐🌏YAMBU NEZA MUGENZI🌐🌏*
*💛💙AK**ARO K'INGABURO K**A YITWA ARGI+💛💙*
*👉🏾Muri iki gihe Hariko hagaragara ibibazo bitari bike bijanye n uguhuza ibitsina.*
*👉🏾ARGI+* *iragufasha ibitari bike*:
*1⃣. Irakura kurangiza vuba ( éjaculations précoce)*
*2⃣. Iratuma umuntu ashukwa neza*
*3⃣. Irongerereza impanga (spermatozoides) ikanatuma zikomera kandi zikora neza*
*4⃣.iratuma utaruha ningoga uriko urangura amabanga yabubatse.*
*5⃣. Iratuma usubira guhuza ibitsina mu mwanya muto umaze gusohora impanga*
*6⃣.irafasha imitsi gukora neza*
*7⃣. Irafasha umubiri mu kuwuha kwikingira bivuye kuri oxyde nitrique irimwo*
*8⃣. iratuma umubiri ugira inguvu*
*9⃣. Irafasha imitsi gukora neza n umutima gutera neza*
*🔟. Irafasha gukura ibinure bibi (mauvais cholesterol) mu mubiri*
*1⃣1⃣. Irafasha umutima mu gutuma utera neza no kubijanye no gushira isukari ku rugero rwiza mu maraso*
*1⃣2⃣. Irafasha cane I bijanye n'amagufa n ibindi vyinshi*
*1⃣3⃣.Irafasha kuronka akayabagu kokurangura amabanga yabubatse(Libido feminine)*
*Menya neza* : *Argi* *irakinga Cancer ya Prostate*
*👉🏾WhatsApp*:
*+25772313758
*ubu butumwa busangize abandi kugira nabo bafashwe. Imana ibahezagire*
20/04/2023
:*:
*1 Intanga z"Amazi*
*2 Intanga zibihuMBWA*
*3 Intanga zitihuta*(Zitanyaruka)
*4 Intanga nke*
*5. Uhora uribwa testicles /Amatengatwa ukaba ufite ikibazo co KURIBWA no kubyimba Prostate 🥲*
Contact kuri: +25772313758 WhatsAp et Appel simple
\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\\
31/03/2023
*NTIBIKIRI IKINYEGEZWA KU MYAKA IRENGA 44 DUFASHA ABANTU KW'ISI YOSE ❗❗❗*
➖Kugabanya ibiro no kuvyibuha bibereye,no kugira umubiri mwiza.
➖Gupunguza inda nini n,ukuvyibuha.
➖Gushongesha no gusohora ibinure bibi( Mauvais Cholesterol) n'ibivuta bibi(Graisses) vyihoma indani mu mitsi,ku k***a n'ahandi.
➖Kwoza no gusohora n'ubucafu n'ubumara vyinjira buri musi mu mubiri bishobora kugwega ibibazo vy'indwara zidakira, biciye kuri traitement ya régimes ziri prouvés scientifiquement par les Docteurs spécialistes en nutrition et en médecine,testés et vérifiés par les Organistion Mondiales de la Santé et de l'Alimentaion.
Ntiwibagireko umuvyibuho n'ibiro vy'umurengera biri mu mpamvu za mbere mubikwega indwaza zizwiko zidakira.
✓ *AKABIRYA*:
Uwuronkejwe wese umutekero wa produits turamukirikirana kugeza ahejeje tukamwereka n'ivyo yokwitwararika umubiri wiwe ntusubire kwononekara.
*M.N*: igihugu cose urimwo co kw'isi ,services zacu ziragushikira. Kuwufise icabaza
WhatsApp et Appel simple : +25772313758
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Bujumbura