Dosty Buja
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dosty Buja, Bujumbura, Bujumbura.
๐ฝ๏ธ๐ฃ๐ฅ New Hit song ๐ฅ By Melanin boy Ft Fernando aye ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ Inyuma Y'igihe Kinini Abarundi Bataronka Umunezero Wabano Basore Bose Barikumwe Bigiye Kuba ๐ฅ๐ฅ
Bagiye Guhurira Muri Show Imwe Ndetse Munyuma Baduhe N'indirimbo Barikumwe Nka Love Muzika ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
๐บUbona Bitaryoshe Kubabona Barikumwe?
21/12/2025
Iyo icabona ca Jehovah kigiye gukina umupira๐
Umusi wโImana mwiza mwese
21/12/2025
Vichou love ft Kirikou Akili ๐ง๐ฎ
Iโve been wanting to runโฆ but itโs over.
Tell me if you knowโ๏ธ๐
03/08/2025
Honesty is the Policy๐
๐ธ :
25/12/2024
This is Drama T the best artist from ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
19/12/2024
๐ฃ๐ฅ Abafana Ba Melanin boy Muze Hano Mutange Amashurwe ๐น๐ท๐ฅ๐บ Kuruno Musore Wanyu Kuko Ivyahaye Akora Ntawutobishima
Mukwezi Kumwe Gusa Asohoye Indirimbo 2 Kugiti Ciwe Harimwo Nimwe Yakoranye Na Big Fizzo Zose Ni 3 Murumva Ako Kazi Kose ? Haruwovuga Ko Atariko Akora Uko Ashoboye Ngo Umuziki Ndundi ๐ง๐ฎ Ugumane Akanovera
Mumezi Cumi Narimwe Gusa Afise Indirimbo 6 Kugiti Ciwe โ๏ธ
"HELENA, NO FORรE IN LOVE , ISEZERANO, URI SWEET, IKINDI KIREMWA, NEMEYE
Izo Zose Ni Hit Songs Ziri Kurubuga Rwa YouTube Rwa Melanin Boy Izo Nizo Hit song Zaranze Umwaka Wa 2024 Muze Tumuhe Amashurwe Yiwe Kuko Ndazi Mumwaka Wa 2025 Hoho Umuriro Uzokwakaa ๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐ฅ
Niyahe Ndirimbo Yuwo Musore Itakuva Mumutwe?
25/09/2024
This is Wiz Designer & Double-jay OnceAgain the best artiste from ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
18/09/2024
This is B-face On The'flo the best artiste from ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ฅ
17/09/2024
๐ Bamwe Ngo B-face Muriyo Pharmacie Yaravuye Kugura Abandi Ngo Yaravuye Kugura Imiti Isanzwe ๐ Wewe Wibazako B-Face Yahifotoreje Aje Kuhagura Iki?
Bivanye Nuko Umuzi ๐คญ
17/09/2024
โ๐ IVYINO Ndirimbo Bafuse Ya Melanin boy Bagashiramwo Aya Dj Fernando +257 Bigiye Gutuma Umwe Muribo โโ Burundu โ Kurya Twabibonye Kwaba Olegue Nabandi
Ehe Raba Muribuka Ivyabaye Kuri Ya Drama T Agakuramwo B-face On The'flo Muribuka Uko Vyagenze? Mwabonye Arinde Yabihombeyemwo Hagati Yabo Babiri? Ubu Nuwutazi Ubwenge Araziko Drama T Yazimye โ
RERO NGAHA NA BAYIIII โโโ Abafana Babarundi Ntibamenyerwa โ๐คธโโ๏ธ๐คธโโ๏ธ๐คธโโ๏ธ
Kuko Mutanguye Ivyo Gufutana Amajwi Haba Harimwo Inzigo Ikwiye ๐๐๐
UWU NUMWANDA MUKURU ๐๐๐๐
Click here to claim your Sponsored Listing.
Website
Address
Bujumbura
Bujumbura
