Salha Beauty Saloon

Salha Beauty Saloon

Share

Beauty girls

06/10/2023

Salha Beauty Saloon

Baragukorera ibintu byiza gusa

Photos from Salha Beauty Saloon's post 22/09/2023

😍🥰

SaSalha Beauty SalooneSalha Beauty SaloonaSalha Beauty Saloon

13/07/2023

Bonsoir mumeze neza ndibaza ko mumeze neza natwe tumeze neza turashima.
So unomusi tuberetse ko nogukora neza inzara vyose tubikara kandi tukabira neza cane manicule

Photos from Salha Beauty Saloon's post 15/06/2023

Welcom guys kuri saloon yacu nziza cane dukora ibintu vyiza cane kur salon yacu Salha Beauty Saloon
Murahawe ikaze mwese abakobwa hamwe n'abadam adresse ni mu Bwiza 1èr AV N°44 murakoze.

Photos from Salha Beauty Saloon's post 12/06/2023

Welcom guys kuri saloon yacu nziza cane dukora ibintu vyiza cane Salha Beauty Saloon
Murakoze cane

11/06/2023

Hello guys mumeze neza unomusi niho dutanguye kubereka ibikorerwa muri salon iwacu yitwa Salha Beauty Saloon iri mu bwiza kurya mbere 1èr av n°44.
Ni salon nziza cane kaze muhishikire mwirabire ubwiza bwaho karibu kandi. Murakoze.

18/03/2023

Welcome guys to our new saloon

Send a message to learn more

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


BWIZA 1 Avenue N"44
Bujumbura

Opening Hours

Tuesday 09:00 - 20:30
Wednesday 09:00 - 20:30
Thursday 09:00 - 20:30
Friday 09:00 - 20:30
Saturday 09:00 - 20:30
Sunday 09:00 - 20:30