SAWA Burundi

SAWA Burundi

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from SAWA Burundi, Health/Beauty, Avenue Ntahangwa, Bujumbura.

30/01/2026
30/01/2026
20/01/2026

🧔‍♂️ Patiri Théophile Ndayishimiye arongoye amashure yegukira ishengero katorika muntara ya Gitega amenyeshako ayo mashure afise ikibazo gikomeye co kubura abigisha bakwiye. Hari itari 13 Nzero 2026. Avuga ko biterwa nuko abigisha bariko baraheba akazi kurugero runini.

👉 Bamwe baja kwisumamwo mu bindi bihugu. Abandi babona bakora kure y'imiryango yabo bagahitamwo guheba akazi ka Reta kubera banka guheba abana babo bakiri bato.

👉 Atanga akarorero nk'umwigisha aba I Gitega akaja kwigisha I Buraza agenda agaruka iminsi yose. Ati ahitamwo guheba burundu agaca arondera aho yigisha mubigenga hagufi. Ikindi nuko abagiye muzabukuru batarasubirizwa.

🗣 Amenyeshako kumashure shingiro (ecofo) 173 bafise, ngo barakeneye n'imiburiburi abigisha 4 kw'ishure rimwe, nukuvuga abarenga 690. Kumashure y'inyuma y'ishure shingiro (écoles post fondamentales) 41 bafise, barakeneye abigisha 5 kw'ishure n'imiburiburi, nukuvuga abarenga 200.

🗣 Amenyesha ko iryoheba ry'akazi kubigisha riteye ingorane igisata c'indero.

🤔 Mbega ahandi ho vyifashe gute ?

19/01/2026

Le 19/1/2026 #

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Avenue Ntahangwa
Bujumbura