ijisho TV

ijisho TV

Share

True story

24/07/2025

Icubonye cose kikwigishe! Aho ntaco wize?

07/01/2025

Aka kantu bakita umugore
Uwumufise nampinyuze
Uwutaramuza Nawe nabimenye
Kugira ngo niyamuzana azompinyuze

Gira icuvuze nawe

07/01/2025

Ndiko ndagerageza kuraba no kwitegereza namwe munfashe mumbwire ico mubonye
Muri commentaire

21/10/2024

Uwuramvye azobona 🤣🤣

21/10/2024

Umuntu atakaza amagara arondera amahera, agasubira gutakaza yamahera ngo yubake amagara. akitwararika caane kazoza yiyibagije kubu, kuburyo atabaho muri kubu ntabeho no muri kazoza. Bikazorangira abayeho nkuwutazigera apfa, hanyuma agapfa nkuwutigeze kubaho. Abantu murabe mukosore akakantu { ubuzima}

Photos from ijisho TV's post 04/09/2024

C'est ce qu'on appelle "la vie"

03/09/2024

Wewe ni mshindi aca uoga

02/09/2024

Ndabaramukije mwese abankurikirana kuri ijisho TV
Maze imisi itari Mike ndi kukazi mwibazabko arakazi kiki?

Hari ikintu abantu boose Bazi KO gihari ariko bataragikubita Ijisho Nico ndiko ndasatira kandi ndihafi yaco

Ninagitera akajisho nziyaranja ndakirye aga selfie kugira ndabemeze mundindire gato sinobaha imitura, NDABAKUNDA

Be blessed

04/09/2023

Pour les Pasteurs et les maman pasteurs

15/04/2023

Umuririmvyi gakondo kayanza inza imbere mubintu vyishi yubahwe

30/03/2023

Ewe muteramyi igihe kigezehe?
Yuda 1:4

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


+25761049497
Bujumbura
7777