Star Rwanda-Burundi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Star Rwanda-Burundi, Health/Beauty, Buja, Bujumbura.
26/05/2026
Uyu yaraye antumye ko kwa dashaka ko ndamushira kuri page yanje ni janeth none page ni rwiwe canke ni rwanje iconzi jewe ndu mu promoter
25/05/2026
Akagakobwa kari keza kaberanye nu mu diaspor
Ngusa nuko gamfise amajambo menshii
25/05/2026
Page ya sandy irakwije umwaka ni nusu yaragiye umuntu azi ko ashoboye kugaruza iyi page ikagaruk inbox 3 cent mille zirahari ariko numva amakuru ko hari umurundi ayimfise umuhungu yitwa Eric sinzi ko arivyo ndacatohoza
25/05/2026
Iyi couple ni solution barakundana pe
Ariko f***y akwiye gushima Imana ya muhaye umugabo kuko aho hambere ataramuronka yari nzira yabose
Imana ibakomeze
25/05/2026
Ishura ego canke oya
25/05/2026
Akakana bahoze bakagaya mukibano ngo nikabi ni kagufi ni shure gahakwa kuriheba none ga mfise impani yokuririmba kitwa blandine umuntu yipfuza kugashigikira yoza inbox
25/05/2026
Noella nishimwe nawe araba menyesha ko agiye kubaka ikampala ngo baramuhaye ama cadeau yo kumusezera
Ariko abaza ko namwe muzoza ku musezera aba kunzi biwe bindirimbo
25/05/2026
Umwe ni denilison uyundi magnigique baraye bahuriye mugiteramo inyanza Lac vyari vyiza kimwe nuko denilison ataraheba ubu hehesi none nki nyanza ko yajariye utwana twinshii canee
Akongera kuza kuhakora igikorane ni hatari
Matona nawe nyene yahoze ari umuririmvyi akomeye muri Ujumbe Euzebu ,,,,,, amatara aracitse ababizi barabizi gusa abaririmvyi ba gospel benshii Muragowe !!!!
Magnifique nawe avyitwaramwo neza nuko adakora video nziza ni vya bi video amfatisha telephone ya techno niyo ngorane
25/05/2026
Arazi kuririmba pe impano arinayo gusa nuko ari akorana na bapfumu benshi
Hirya yejo yagiye ngaho antera iterabwoba ngo nsubiye kumuvugako ngo sinzi!!!! None ni jewe ndamutuma kubapfumu??? Niyihane
25/05/2026
Nguyu nawe ni sandy nduwimana
Ngo aba canada mwaherutse aririmba umuririmvyikazi mugenzi aba aramuroze muri terrain ntiyagarutse none ko baririmbira Imana bakarogana iyo baririmbira ni Mana
Gira ico umubwiye
23/05/2026
Ni mama paster akaba na paster wo mwishengero rya Anglicane umuvuga butumwa abikora neza asenga cane ndetse yubaha Imana Anglicane Makamba
Mugitondo niho yanyandikira ambwira ko amfise umu babaro wumwana yarareze igihe kirekire mwivuga butumwa fainess ubu akaba atazi iyari
Kuva kuwa 5 yatorotse kwishure yigako internant
Mugina iri Makamba kandi amakuru avugwa ko yoba yagiye itanzania uwo mubona agashimwe karategekanijwe
Uwumuronse yotwandikira inbox kuri fb mugire umugisha
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Buja
Bujumbura
