Diogène IRA
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Diogène IRA, Health/Beauty, Rue 1, Bujumbura.
03/12/2025
03/12/2025
Turifirije misuhuko Yared Wanyange Imana yarbikoze kabisa
Akajambo kamwe kuri Yared wanyange
03/12/2025
Papa LéonXIV ikweto ziwe maze yinjira mumusigiti w'aba Islam ☪️
Iyi ni inkuru iriko iravugisha benshi aho Umwungere wa Ekleziya Katorika Papa LéonXIV arimwo mugihigu ca Turkey 🇹🇷 abari mw'idini rya Islam mbere aranashika ahari umusigiti witwa the blue Mosque 🕌 maze *tse aca yambura inkweto ziwe araheza arinjira.
Hari kimwe caciye kimenyesha yuko Papa ngo yagiye gusenga muba Islam ariko inyuma y'Umwanya muto iyonkuru baciye bayifuta barongera barasaba imbabazi kobari bihenze kuko naho yinjiye muri uwomusigiti Papa ntiyigeze nabo mubisabisho vyabo.
IYINKURU NAWE ?
03/12/2025
🚨🚨✍️ Umugwizatunga Uwiragiye François batazira yaraterereye amabati afise agaciro k'imiriyoni 20 z'amafaranga y'amarundi kuri Lycée iherutse guhura n'icago c'umuriro 🔥 aho yahiye incuro zibiri zose mu kiringo kidashika n'ukwezi.
03/12/2025
28/11/2025
🟥 : Igicapo Ntahinduka ca , inyubakwa izoba ariyambere Ndende Kw'Isi izobifite imetele 2.000, incuro zibiri za Burj Khalifa. Izoba igizwe n’amagorofa 678🏢
Gira suivre na j'aime mubandanye muhabwa INKIRU zigezweho Kuri page yanyu DieudonneBazitsa
13/11/2025
turabaramukije bagenzi mwese Aho muherereye mwese
Amahoro y'Imana abane namwe turabakunda cane
Abazi akanjenje tukajeko twagiye twagiye!
kanjenje😜
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Rue 1
Bujumbura
