Jay B promoter
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Jay B promoter, Bujumbura.
๐๐๐ฅ๐๐๐ข๐ฌ๐ ๐๐จ๐ฆ๐๐๐ ๐จ๐ช๐ข ๐ช๐๐ ๐ฌ๐
31/10/2025
Urakeneye ama Photos ๐ธ๐ธ๐ธ Meza murubanza gwawe!!?? iture baragutunganiriza bimwe bishimwa.
Ukeneye icubaza hamagara kurizi Numero
69751496
30/09/2025
Urukundo gw'Imana rukomeze kukubonekako kumurango no mwijoro.
09/07/2025
Extra-Studio__Introduction wedding๐ง๐ฎ๐ซ
Yvette's Dowry
Photos by .studio.257
๐ท
21/05/2025
NI abaririmvyi b'indirimbo mpimbazamana mumuziki wa Afrobit mu Burundi ๐ง๐ฎ
Abakeneye indirimbo zabo ziri kuri YouTube Channel Yabo yitwa
Link iri muri commentaire
15/05/2025
Mwite numwe mubamenyekanisha indirimbo canecane mpimbazamana n'Umurundi ari mugihuga ca Zambie gusa uravye ukuntu yitaho indirimbo z'Abarundi umenga ari mugihugu gusa vyukuri numuntu mwiza yumva umurimo w'Imana vyukuri knd akabikora adashize imbere inyungu ziwe mais akabikora nkumuhamagaro kandi akabikora neza rero nagira ndamukeze nabandi banezereregwa nkene ibi bikogwa mumfashe tumukeze uko mushoboye
Ushobora kuba umukeneye visita Chano yiwe niyi
https://www.facebook.com/share/14LRBP42axm/
13/05/2025
Mumenyereye mukumenyekanisha Amakuru y'abaririmvyi ba Gospel nacane cane mu Burundi turamukeje kukuntu yitanga atiziganya mugushigikira mukugira ngo Gospel yuburundi ikomeze gusayangana kwisi yose rero henababa bantu bakwiye gusengegwa no kwitabwaho kugira umuhamagaro wiwe ukomeze gutera uja imbere
Mwarahezagiwe
Yari
https://youtu.be/898rnR4Xquw?si=Kp8wGnPserOqMAFb IMBERE YUKO TWINJIRA
WUMVE NKUBWIRE IYI NKURU NTOYA!!!
MUNDIRIMBO IGITERO CA KABIRI GIFITANIYE ISANO GATO N'INKURU YUMWANA W'ICANGAZI NIYO NAGOMBA TUYAGEKO GATO :YARAGARARIJE ABAVYEYI ABASABA UTWIWE TWOSE NGO AGENDE KWIMENYA YIGIRA MUMUJI AJA GUTESA NUBUZIMA BW'UMUJI WISI ARIKO VYAMURANGIRIYEKO NABI IVYO YARAFISE BIRAMUHERANA AJA GUSABA AKAZI KO KURAGIRA INGURUBE KURUGERO GWUKO YARASIGAYE ASANGIRA NINGURUBE IVYO BAZIGABURIRA
ARIKO IVYO VYOSE ABIHARUYE AKUMVYA KWAMAHEREZO YINZIRA ARI MURUGO NIHO YATASHE AZI KWOZOSHIKA ARI GATI KA WAGA ARIKO UKO YABIZIGA SIKO YABISANZE KUKO SE WIWE YAMWAKIRANYE IGISHIKA CINSHI BACA BANAMUKORERA URUBANZA GWIZA BAMUFATA NEZA NKUKO YARASANZWE ARI UMWANA MURUGO
BITWIGISHA IKI:
IMANA ISHOBORA KWAKIRA UWARI YARAYIGARARIJE ITISUNZE IVYAHA YAKOZE ARIKO AGARUTSE MURUGO IKAMWOZA IMYANDA YIVYAHA YAKOZE IKONGERA IKAMUGIRA MUSHA
ZABURI 51:7b
06/05/2025
Bonne journรฉe kuri Louis Monday umuririmvyi w'indirmbo Mpimbazamana
Batamba Bien ๐
Click here to claim your Sponsored Listing.
Website
Address
Bujumbura
