Dodo Dorly Official
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dodo Dorly Official, Health/Beauty, Ntahangwa, Bujumbura.
Un grand merci à mes nouveaux followers ! Isaïe Nshimirimana, Bellinghàm Yves
25/09/2025
niwatahura kwamafaranga arayawe kandi ugatahura kwamaziko arayacu wocuca bugufi ukaza tugakorera Imana
15/09/2025
Jewe vrmt iyonihweje ukuntu mundabira
Ibintu mukirenganira ntak like nta comment ntana partage vrm mbanatangaye nk*k numiwe mureke inzigoooooooo mushigikire umwana atere imbere.
Munkundiriki? Mbega wew unyank unyankiriki? Munyishure ndasavye.
10/09/2025
Abantu bokurwanya ariko ikibzo ntibazi inzira Imana yashizeho zizotuma uzamuka uhumure rero k*k nivyobagra vyose baratomboza
28/06/2025
🥰
02/04/2025
Imana ifise ukwibigenza niwiryamire
Irabikora inzira zayo zirenga ibihumbi
02/04/2025
Helloo tuganire gato
Wew iyuryohewe ubawiyumva gt?
Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Ntakirutimana Ramadhani, Grâce Uwineza, Yann Bryan, Tonda Nihezagire, Elias Niyonzima, Lily Ldyia, Ntamuhanga Junior
12/02/2025
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Ntahangwa
Bujumbura
