Wardiva promoteur

Wardiva promoteur

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Wardiva promoteur, Health/Beauty, L'indépendance, Bujumbura.

04/11/2021

Uku niko umusi ugira cumi narimwe wihiganwa rigiye kubandanya kubibuga bitandukanye muri primusleague

Photos from Wardiva promoteur's post 04/11/2021

umuririmvyi w'umurundi ari muri America abandanya kugaragariza urukundo umukunzi wiwe kandi kumakuru dukura kuruyo muririmvyi avugako bagomba gukorana indirimbo nuwo mukunzi wiwe

04/11/2021

Ino nkuru yoba isa nizo uhora wumva! Umuhungu n'umwigeme bo mugihugu ca Nigeria bari bamaze imyaka itandatu bakundanye niho biyumvira ivyo kubakana ntivyatevye bararushinze bamaze ukwezi babanye umuhungu afata umukobwa ariko aravugana kuri téléphone n'uwundi mugabo kumbe umukobwa yagiye kurongorwa afise imbanyi yuwo bavugana kuri téléphone ! Musomyi wasomye watahuyemwo iki? Wakuyemwo ikihe cirwa?

Photos from Wardiva promoteur's post 12/10/2021

Kubanya gitega mwipfuza gukoresha imishatsi nimwegere uwutwa musanzwe mumenyereye akora imishatsi yaba maman arakora ibisuko vya rasta kuri mèche yose wipfuza agakora faut Dread hamwe na Dread originale mumushaka mwomuhamagara kuti 68142123

Photos from Wardiva promoteur's post 12/10/2021
26/09/2021

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


L'indépendance
Bujumbura