Fani Diaz Og
NIMUBONA UWO MWAMI NZONEZERWA KUKO HARAGAKIZA IWAWE MANA
πππππ΅ IBIKOMEYE NIVYO BITUMA UBA UWUKOMEYEππ’π’
17/12/2024
Iki gihe beshi tumara umwanya munini twisamaza mubitagira ico bimara ugasanga utunze terefone ya 500mil 1million atanamafaranga 5mil ikwinjiriza kukwezi
Sigaho sigaho uguruza compte ya cnke mazutangure kwinjiza akanoti nawe nkabandi.siga numero whatsap tugufashe vyoroshe
02/12/2024
Petit yang birimwo biraza komeza πππππ
TikTok Β· Fales Nimubona Regarde la vidΓ©o de Fales Nimubona.
19/11/2024
Woba umaze gukunda?
Haruwuraguca inyuma murukundo?
Inkundo ziratangaje urashobora gukunda umuntu ukamwitaho ukwushoboye ukagira navyishi wirinda kubwo kwanka kumubabaza kugirango ukomeze kunezereza umukunzi wawe
Ikibabaje rero sasa harahuzubona umukunzi wawe umufashe munyuma aguciye inyuma kandi akavyiyemerera ivyo birababaza cane gose
Ariko ico nabonye harahumuntu aguca inyuma wanashima yagukunda muga iyo nawe yumvise wamuciye inyuma harubwo wewe agutatira agahakwa no kukumara nawe akibagirako ajya abigukorera
Iyi ningeso rero mbi kandi ikomeye igoye no kwihanganira kuko iyukundanye numuntu aguca inyuma biba bigoye kuko ntarukundo nyakuri rusubira kuhaba kuko haca haduka ukwikekana kandi iyo ningeso izana ingaruka mbi niyumaze kwubaka ugwawe kuko barya mwahoranye barabagukundira harya kuburyo nahuba warubatse bakomeza kukurondera
Ico kwirinda nizo ngeso beshi bafata nkukwinezereza ariko ico kjmenya ntibirangirira harya kiretse Imana yonyene ibigukijije
fyonda kuriyi page yacu mazubone ibica ngaha vyose
18/11/2024
Harumukobwa umwe twayaze yaratomoye ico beshi bihendako
uyo mukobwa avuga ati:
Twege abakobwa turahendwa nabagabo bafise ingo zabo mbere bafise n'abana badusumba ariko iyo badutse baduhendesha udufaranga usanga dutakaza ubwenge.
Arongera ati : je sintahura impamvu nyene usanga nkumukobwa iwabo aba aronka icashaka mbere namahera ubwiwe ayafise muga agahendeshwa nkakantu ka 5mille
Hari naho usanga ufise umusore mukundana wemera ugasanga uramwubaha bimwe utosigura ariko ugasanga ufise umugabo kuruhande aguha amehera muhurira mubindi
Ico natahuye inyuma yivyo vyose nuko abo bagabo baduhenda batujana mungeso mbi iyo umubwiye agutware acakubwira ko afise umugore ataho yokujana mwumveko rero abo bagabo atarukundo baba badufiseko ahubwo harico baba baje baduhigako kandi iyo bakirose baba bumva ivyabo bikwiye umukobwa nawe agasigara mugahinda
Basomyi namwe bigeme ese muremeranya nuyu mukobwa mwene wanyu??
Duhurire muri commantaire mwibuka no gufyonda kuri yiyi page yacu kugira ube uwambere mukubona ibikogwa vyacu
Kuva mukwezi kwambera ntiwigeze ugwara kugeza nubu ariko gushima Imana bikakunanira numunota umwe
11/11/2024
Ejo twaguye numuntu yambaye benuko
ahaciye hose bagenda barahindukira kumuraba. Nanubu ndahibaza ico abo bakobwa baba bashaka kuvuga mwe mwibaza kobaba bari kuvuga iki??
Nimbushaka kwuguruza compte ya siga numero tugufashe guca akanoti ukoresheje terefone yawe.
Iyabakobwa beshi bariko baroga(bari muri do**he) barakunda kuririmba ariko haraho bashika bagaca bahora mwibaza kwabari heh?
08/11/2024
Weekend nziza kuri mwese IMANA ibarinde ibitayivako vyose
kuyugurura ni kubuntu
08/11/2024
Iyi numero yo mwuyu mugwi wa ninde mukinyi mukona agiye gusubira kuyambara ko uwahora yambara iyo numero yaraye ahagaritswe kubwo gukora amakosa meshi akanayerekana??
Nimba wifuza kwuguruza compte siga numero tugufashe kugeza uriye akanoti nkabandi
06/11/2024
Nukuri ibintu Irimwo Izobikugwamwo niki?
ibi bintu vyukuguma itsindwa
biva kuruhande gwabakinyi
canke gwumumenyeteza??
Kwugutuza MERBET,1XBET ni kubuntu singa numero muri commentaire turagufashe maze uje mubariko bararya umufungo utagase
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Musaga
Bujumbura

17/12/2024