KORA Média
Infos d'actualité, histoires romantique, des commentaires sont permis tout en gardant nos valeurs
Agatoro ubu kasubiye kuboneka ahatari hake mu gihugu.
Aho iwanyu kirahari?
Itike ryo kwiyunguruza hari ikirahinduka?
Tuno tuntu twaronse isoko, uwoba adufise ari I Ngozi azane numéro yiwe hano
19/05/2026
OBUHA, umukuru w' igihugu yayigayiye ingene yatebeje ibikorwa vy'izi nyubakwa.
______________________________
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagendeye, kuri uyo wa mbere igenekerezo rya 17/05/2026, ahariko hubakwa iyororero ry'inkwavu rya kijambere riri muri commune Karusi mu ntara ya Gitega, aho izo nyubakwa ziriko z'ubakwa n'ikigo OBUHA
Umukuru w'igihugu akaba atashimiye OBUHA kubikorwa iriko irakora kuri izo nyubakwa kuko zatanguye kwubakwa guhera mu kwezi kwa Munyonyo 2023 ariko zikagera iki kiringo c'umwaka 2026 zitararangira mu gihe zimaze gutwara amafaranga ashika imiriyaridi 2 n'imiriyoni 391. Ndayishimiye akavuga ko bitumvikana ingene batangura kwubaka inyubakwa z'igice ca kabiri mu gihe bataraheza kwubaka inyubakwa z'igice ca mbere. Agatanga akarorero k'inyubakwa za Reta harimwo stade intwari kuko izo nyubakwa zamaze ikiringo gitoya. Kubwiwe ngo izo nyubakwa z'inkwavu ziri muri commune Karusi ziba zaratanguye gukora. Yashikirije ko agiye kurungika abazokora isuzuma ry'izo nyubakwa, aho abwiye umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi calinie Mbarushimana ko bagiye kurondera abandi bakora ivyo bikorwa vy'izo nyubakwa z'inkwavu vuba.
Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Désiré Kubwimana, Karenzo Gaspard, Jean Paul Ngendahayo, Célestin Hakizimana, Nimbona JMarie, Simon Habarugira, Yvette Bukeyeneza
14/05/2026
kuri stade Urukundo I Buye muri komine Ngozi intara ya Butanyerera. Hariko haba ukurino Messer Ngozi na Ngozi City .
Ngo hamwe baronse ababarihira amashure, bova mw'ibarabara. Abo bana babishikirije aho kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 13 Rusama 2026, wamumama w'impuhwe Bukuru Jeanne Marie Françoise yari yazindutse kubaraba aho bibera mw' ibarabara abashiriye ubuyi n'imikatere.
ABANTU MUNYWA UBUSARABWAYI, NGINO HANO ABAKURUGUTURE .
Ivyo biyoga vy'ubusarabwayi
ngo nivyo bitwiciye abantu.😭
Ikindi ngo Kirazira kuja kunywa
utaye akazi🏋️
11/05/2026
Imyaka 45 irarangiye umustar wa Reggae
Bamwe mwiyita ba muze hano mwumvirize impanuro.
10/05/2026
Maman Burundu na Maman Wiwe. Tubipfurije kuramba
Click here to claim your Sponsored Listing.
Contact the business
Telephone
Website
Address
Bujumbura
