Amabano y'Inka

Amabano y'Inka

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Amabano y'Inka, Health/Beauty, Bujumbura.

15/05/2026

Iyi niyo Afrika tubayemwo!!!!Agahinda k'uyu muntu n'abandi ama miliyoni bifise Agahinda nk'aka bazohozwa na nde?????Imana itabare abayo bagowe

Photos from Amabano y'Inka's post 16/04/2026

Muburyo budasiguritse neza,Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru Gabby Bugaga yatowe ikiziga mu Modoka muri aka gatondo.icateye urwo rupfu runguranye ntikiramenyekana.Turahojeje umuryango n'abakunzi biwe

Photos from Amabano y'Inka's post 31/03/2026

Burundi 8-0 Tchad

31/03/2026

Muhumure

13/08/2025

Nyakubahwa Brarudi SA twizere ko tugira turonke ka Amstel Bock,Royal Bronde nk'abakongomani canke ntibituraba?????

Photos from Amabano y'Inka's post 04/08/2024

D-ONE Offical umucanyiii.
Ni iki wabonye kuri😊😊

Photos from Amabano y'Inka's post 26/07/2024

Monkeypox(Variole du singe Imana mushobora vyose irinde uburundi n'abarundi iki kizaaaa🤔🤔🤔

25/07/2024

Ngo ngwiki????

25/07/2024

Kandi nkubu Gaël Umukubito arasinsira neza agatiro ka midi akibaza ngo twaravyibagiye😎😎😎

21/07/2024

None abarundi turwaye ibiki???
Ikirori barakibihije kukanyuma nyene!!!!🤔🤔🤔🤔🤔

21/07/2024

Basha nubu turacari kumurongo nta Bus n'imwe ihari

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Bujumbura