General up to dated teachings for human being
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from General up to dated teachings for human being, Health/Beauty, Bujumbura.
20/09/2024
Uri umu shoferi w’ubuzima bwawe,ntawûdi akwiye kugenga ubuzima bwawe kiretse wewe ubwawe.Igihe cose uzoshaka kureka abandi ngo bagukoreshe uko bagomba uzosangaatanumwanya ufise wogufata ingongo mbere n’igihe vyoba bikenewe.Abantu rero twese turakeneye responsabilité yacu kugira dushike kwihangiro.Umuntu asoma akabôa vyamuguye neza abishire muri comment vyoba vyiz cne .Muhezagirwe
20/09/2024
Ikintu cambere c’agaciro n’ukungene abandi bantu bashobora kukuvuga neza mubandi kubera ibikorwa wakoze igihe warikumwe nabo.Kuvugwa neza n’abandi n’intango nziza yokugira icubahiro mu kibano no mugihugu.N’abarundi rero ndetse nokwisi yose bargomberwa kugira ico bakozz umwe wese kugiti ciwe kugira bagire ico bazobibukirako n’igihe bazoba bapfuye
20/09/2024
Uko woba umeze kwose ntuze wigere wibagira uwo mwari kumwe utaramera uko umeze ubu.Kuko ishobora gusanga abo muri kumwe ubu arikubera uko umeze.aho rero bisaba kuba maso.
Abarundi tugiye hamwe twoteza imbere igihugu cacu tudacanyemwo
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bujumbura
