JVB ihane. AN

JVB ihane. AN

Share

Ijwi ry’ukuri rihishura ibinyegeje, rigatanga umuco ku vy’ukuri bitavugwa, ntituvuga vyinshi tuvuga ivy'ukuri

Menye neza ino mbuga niyo kuvugiraho ubutumwa bwiza bwa Christo Yesu

19/10/2025

*COMMUNE MUGERE – CNDD-FDD*
Uyu munsi, kuri *Congrès Communal wa CNDD-FDD mu Mugere*, haraye hatorwa abagize *Bureau Communal* bashasha. Ibirori vyagenze neza cane, vyari vyatewe iteka n’umushingamateka *Hon. NDARUVUKANYE Zénon*, umwe mu ntwari za demokarasi n’iterambere mu gihugu cacu.

Uyu mubonano ni ikimenyetso c’ukunywanisha, uguhuriza hamwe no gukomeza umugambwe CNDD-FDD mu ntumbero y’iterambere rirama n’uguteza imbere abanyagihugu bose.

Abahora barongoye Bureau bakaba basubiye kwizigirwa nkabose kiretse uwahora arongoye imbonerakure yasubiriwe n'uwitwa NIYONKURU Astère

Twipfurije abarongoye bashasha ubutumwa bwiza, ubunyangamugayo n’ubwitange mu bikorwa vy’umugambwe no muri rusangi mu guteza imbere Commune Mugere.

* *

12/10/2025

*🎙️ KU MUTUMBA MUBONE/COMMUNE MUGERE: IHINDUKA RY’UMUGAMBWE RYAKIRIWE MU MAHORO*

Uno musi ku mutumba Mubone commune Mugere, harabaye inkuru nshasha mu buzima bwa poritike y’akarere, aho *Dusabimana Raphaël*, yahora ari umwe mu bayoboye umugambwe *CNL ya RWASA Agathon* muri komine Mugere, *yakiriwe ku mugaragaro mu mugambwe CNDD-FDD*.

Ibirori vyabaye mu mahoro, vyitabiriwe n’abanywanyi b’umugambwe CNDD-FDD n’abanyamuryango b’umugambwe, bikaba vyaranzwe n’ubutumwa bwo *kwakira, kwubahana no guharanira iterambere rirama* rishingiye ku mahoro n’ubumwe bw’abarundi.

*Muri iri hinduka bashoboye kandi gusubiriza uwahora atwara imbonerakure aho hatowe Didace NDAYIZEYE, harasubiwemwo kandi akamaro ko kwemera ukutandukanye mu vyiyumviro , ariko abantu bagahuza mu kwubaka igihugu c’amavukiro*. Abari ngaho bavuze ko *iterambere ritagerwako hadahari ubumwe n’ukwihanganiranira.*

Geovoice Burundi – Ijwi ry’Ukuri, twashimye uko *impinduka zagiye mu nzira y’amahoro n’ukwubahana*, kandi twibutsa ko amahoro arimwo icizere c’ahazaza.

* *
* *
* *

03/10/2025

*ibimenyetso bikunze kugaragara ku murwayi wa cholera*:

1. *Gucibwamwo kenshi amazi asa nay’umuceri*
2. *Guta ibiro ningoga* kubera kubura amazi mu mubiri
3. *Iseseme no kudahwa*
4. *Kubura inguvu no kumeneka umutwe*
5. *Kuguma wumva inyota*
6. *Ururimi n’umunwa vyumye*
7. *Amatako ashushe canke kuribwa mu nda*
8. *Kugabanuka kw’amasobwe canke kutihagarika*
9. *Kubira indugumba no gucika intege*
10. *Ibimenyetso vyo gukweduka kw'umubiri kubera kubura amazi akwiye (déshydratation):*
11. *Kubura ubwenge canke kuzungurirwa*

⚠️ *Ni vyiza kwihutira kwa muganga* igihe wibonyeko ibi bimenyetso, kuko cholera ishobora kwica mu masaha make igihe itavuwe neza

30/09/2025

Ne faut pas vous focaliser sur les infidélités de l'homme...

22/11/2021
15/06/2021

JVB ihane. AN Ijwi ry’ukuri rihishura ibinyegeje, rigatanga umuco ku vy’ukuri bitavugwa, ntituvuga vyinshi tuvuga ivy'ukuri

24/04/2021

Bano baririmvyi bati Mana urera nimba uvyemera nawe vuga uti urera Mama

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Website

Address


Bujumbura