Fajos

Fajos

Share

Bishasha kubuzima bwamuntu � tugarukire umuco nyakuri

03/07/2026

Ninde arasenga akabona indya zirizanye🤷‍♀️
Yesu, yezu, Issa ntakuntu basumbwa ninkoko iri kusahani🥱

01/07/2026

Nimuze dufatane munda🇧🇮 tubane nayo........... 🤷‍♀️

30/06/2026

Imihimbiri yishe Prince Louis Rwagasore niyo yatumye🇧🇮 butikukira burundu😴

30/06/2026

#🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪🤜💪

29/06/2026

niwaronka uzomuhe, kandi uzomwubahirize mubusaza bwiwe.
Uko tuvuka tuza kwisi niko tuyivako🤷‍♀️
Tuza kwisi atabwenge tuyivako atabwenge🧏‍♀️.
Nihamwe himyumvire yacu ivuka nurupfu birangana.

vvez iw@c # #

29/06/2026

💪💪💪

28/06/2026

mvuze bbc yabivuze 😊🤷‍♀️.
Basazacu nabashikacu bakwiye kumenya ko bitokunda ukomeye wemera kwigira umukoroni 🥱

26/06/2026

Akaranga kiwacu hejuru cane gose 🇧🇮
Amadini hasi tsindwa mwizina rya Ntare🤷‍♀️

26/06/2026

Ibintu 3 biryoshe ariko atarutonde bikwiyicira😊
Inzoga😊
Indya☺️
Abigeme😊

23/06/2026

Ibaze kwigira umucakara kuburyo utinya pasta, chehe, patiri ngo bavugana n'Imana🧏‍♀️🤷‍♀️

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Buyenzi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


23
Buyenzi