Hayaati & Jesm

Hayaati & Jesm

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Hayaati & Jesm, Health/Beauty, Ngozi.

07/08/2024

kwirinda biruta kwivuza.abamaze gushikirwa nivyo bibazo twabwiwe ngaho hasi,ukaba ukeneye iyo ngaburo twakure tugufashe.62133847

15/07/2024

kwikingira biruta kwivuza.abafise ibivyimba muri nyabavyeyi,abaribwa mubutinyanka,abarwaye kanseri,sinezite,....bokwakura kuri 62133847 tukababafasha murakoze.

04/07/2024

Abantu banje ba Hayaati &Jesm ndabaramukije mwese ncuti zanje nizereko mumeze neza.sa or la ?jewe ndamahoro.uru nurubuga rwanje rwa Facebook nzohora ncishako ivyiyumviro bitandukanye n'ingaburo zitandukanye zidufasha kugira amagara meza,nacanecane ko muriyi misi indwara nyishi zagisibije muhawe ikaze kunkurikira,mukore following na j'aime hamwe na partage.Mbaye nshima cane,ndabakunda cane.

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Ngozi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Ngozi