Emery Niyonziza
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Emery Niyonziza, Health/Beauty, Rutana.
01/09/2025
Niyo woba mu Burundi uhinduye Location urinjiza amahera kuri page/Profile.
uko wokwinjiza amahera kuri Facebook nukuri !
Dufate ibintu bitatu vya mbere bikenewe kugira vyose vyemezwe:
1. Kwemeza Account (konti yo guhembwa)
Injira kuri: https://business.facebook.com
Genda kuri Monetization → .
Kanda Add Payout Account.
Hitamwo uburyo:
Bank Account (niyo isanzwe ikora neza).
(ibikorwa cane mu bihugu vyemerewe).
Shiramwo amakuru yawe (amazina, ID, adresse, nimero ya konti ya banki/PayPal).
Kanda Submit → Facebook izokwereka ko payout account yawe yemejwe.
2. Kwemeza
Professional Dashboard → Monetization → .
Kanda Set up Stars.
Emera amabwirizwa (terms).
Ahejeje, igihe uzoba ukoze live canke video, abafana bazobona akabuto ko kugura Stars bakaguha.
👉 1 Star = ~$0.01 (amafaranga azogenda muri payout account yawe).
3. Kwemeza
Genda kuri Monetization → Subscriptions.
Nimba eligible, urabona Set up Subscriptions.
Shiramwo:
Ibirimo vyihariye uzotanga ku bantu bishura (exclusive videos, lives, updates).
Ikoresho ry’amafaranga (Facebook isanzwe ishiraho ~$4.99/month).
Emera amabwirizwa.
Inyongera:
Ku “Content Monetization (Ads)”, uracari Not Yet Eligible. Bisaba Followers + Views zihenze (nk’uko nakubwiye hejuru). Uzoheza urekureko ads ku ma video yawe, arivyo vyinjiza menshi.
✅ Uko ushiraho Meta Payout Account ku page yawe nimba utari wabitahuye.
1. Injira muri
Fata telephone canke computer yawe.
Genda kuri 👉 https://business.facebook.com
Hitamwo Page yawe (iyo wipfuza gushiraho monetization).
2. Fata inzira ya Monetization
Ku ruhande rwa menu (Professional Dashboard), kanda kuri Monetization.
Uzosanga igice kitwa . ikikintu kirahambaye niyompamvu nakivuze keshi
3. Tangura gusaba Payout Account
Kanda kuri Add Payout Account.
Facebook izokwereka uburyo bwo gutangura.
4. Hitamwo uburyo bwo guhembwa
Hari inzira zibiri:
Bank Account (niyo inashimwa cane kuko ihora ikora henshi).
Uzosabwa:
Amazina nk’uko ari kuri ID yawe canke kuri konti ya banki.
Numero ya konti ya banki.
IBAN/SWIFT code (ikenewe cane ku bihugu vyose, ubisaba muri banki yawe).
PayPal (niba igihugu cawe cyemerewe).
Uzosabwa guhuza email yawe ya PayPal.
5. Shiramwo amakuru y’uwufise konti
Amazina y’uwufise konti (ategerezwa guhura n’aya kuri ID na banki).
Adresse yuzuye.
Country/Region yawe.
6. Emera Terms & Conditions
Facebook izokwereka amasezerano yo gukoresha Meta Payouts.
Soma, hanyuma wemere.
7. Irindira ko account yemezwa
Facebook ishobora kugusaba document yo kwerekana ko ari wewe (nk’ikarata ndangamuntu, passport).
Iyo vyemejwe, Payout Account yawe izohava igira status Active.
8. Raba ko ibintu vyakunze
Garuka muri Monetization → Payouts.
Uzosanga handitse Your payout account is active.
Uhereye ico gihe, amahera azinjira azoca abikwa mu account yawe, hanyuma Facebook iguhe buri kwezi (kuva ku tariki 21–25). Mwakoze ico no asaba nuko mutongoza kubafasha ibirenze ibi.
✅ Daniel Mugisha 31/08/2025
01/09/2025
Raba uko wokwinjiza amahera kuri uri Mu Burundi banje guhindura Location ukishira Mubihugu yemerewe guhemba.

Ncuti zanje ndabasabe munyigorere mwinjire hano mur'iyi link mugire suivre,j'aime hamwe na partager👇👇👇👇👇👇👇👇👇https://www.facebook.com/profile.php?id=100091226131545
Emery Niyonziza Personal blog
PIGABONIS vidéo official
Akatavuga ntikohenda akavuga kurikira vidéo yose nawe wirabire🤭🤭🤭🤭🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Vidéo_official
14/12/2023
Fyonda muri iyi link mugire suivre canke follow, j'aime canke like hamwe na partage canke share👇👇👇👇👇👇https://www.facebook.com/profile.php?id=100091226131545
Biranse
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Rutana