Nzojibwami Elissa
Bible Teacher
08/10/2025
incuti zanje Zo kumutima
Menya nibi Kuri Bibiriya ntaco Vyica
Mwari mubizi ko Bible bayiharura?
Bible igizwe n'ibitabo vyose hamwe Mirongo 67:
_ Isezerano rya Kera *39*
_Rishasha 27.
Bible yanditswe n'abanditsi barenga 40.
Bible yanditswe Mu ndimi 3:
_ Igiheburayo
_ Ikigiriki
_Igiharameya
Amasezerano yose ya Bible afise ama chapitres 1189, irya Kera 929, Rishasha 260.
_ Imirongo yose iri Muri Bible irenga 31,000
Igitabo gisumba ibindi Muri yo ni ZABURI kikaba Ari naco gifise umurongo Uri hagati ya Bible ni Zbri 118:8,igitabo kigufi cane ni 3 Yohana.
Nkuko Kandi hariho imirongo migufi Ni : _ Yohana 11:35 Na 1 Ab'Itesaronika 5:16.
Noneho Umurongo munini gusumba iyindi Muri Bible ni Esteri 8:9.
ufise ikibazo gishire Muri Commentaires Kandi wipfuza kumenya Vanke kuguma ubona amajambo y'Ubwenge Kuri Bible Gira like Na Share n'abandi babimenyereho.
Ukuri Niki? Twigiy.
Ukuryamana kwabubakanye rukristo kwubahwe n'abantu bose
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Kasungu District
Lilongwe
