Burundi shingimizi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Burundi shingimizi, Lusaka.
03/09/2025
🔴Kuri Facebook yiwe Pacifique Nininahazwe umuhungu wa ndururu na dundaguza,ugize commentaire umubeshuza aca akubloca ntusubira kugira ico uvuze kuri Post ziwe.
Nkaca mbaza mwebwe barundi muzi ngo nintungane,ubwo nkuyo abaye umukuru yohijambo abantu batavuga rumwe nawe!????
Mbaye murundi cakenge, abarundi twese dukwiye guca ubwenge 👌👌👌
25/08/2025
Burundi: Le Président de la République du Burundi, Son Excellence Evariste Ndayishimiye, est rentré au pays ce dimanche 24 août 2025, après une mission réussie au Japon. Il était accompagné de la Première Dame, Son Excellence Angeline Ndayishimiye.
Le Chef de l'État a participé à la 9e Conférence internationale de Tokyo sur le développement de l’Afrique (TICAD9), un grand rendez-vous entre le Japon et les pays africains pour discuter du développement du continent.
Ce sommet a permis au Président burundais de présenter les priorités du Burundi en matière de développement et de renforcer les relations de coopération avec le Japon et d’autres partenaires présents.
23/08/2025
Ku wa 21/8/2025 Nyenicubahiro yarakoranye n'umugwi w'abashingamateka b’Abayapani barongowe na ,Umunyamabanga Mukuru w’Ishirahamwe ry’Ubucuti hagati y’Inama Nshingamateka y’Ubuyapani n'Ubumwe bwa Afirika , mu ntumbero yo gukomeza imigenderanire hagati y'Ubuyani n'Uburundi.
Ce 21/8/2025 en marge de la , Son Excellence Evariste Ndayishimiye a eu un déjeuner de travail avec un groupe de parlementaires japonais conduit par M.Daishiro Kamagiwa,Secrétaire Général de la Ligue d’Amitié Parlementaire Japon et l'Union Africaine, dans l’esprit partagé de fructifier la coopération nippo- -aise
22/08/2025
🧑💻💔 Inyuma y'urupfu rw'abasore 2 b'abarundi baherutse kwicirwa muri Zambia bakubiswe udushoka n'inyundo muri iyi ndwi, umuserukizi w'uBurundi muri Zambia Hon.Evelyne Butoyi yagize ico ashikiriza abicishije Ku rubuga rwa X canke Twitter.
🙍🏽♀️ Yagize ati :
"Turahojeje imiryango y'abahisi Alexis Ndayisaba na Ndayisenga Emery baraye bitavye Imana i Zambia, twongera turemesha imiryango yabo. Imana ibakire mu bwami bwayo. Ubuserukizi bw'Uburundi i Lusaka burashima ko ababijejwe bariko barakora amatohoza kugira abakoze ubwo bubisha, intahe ibakubite mu gahanga.
Imana yakire abacu barengutse."
🙏🏿 IMANA ibakire mu Bwami bwayo 🕊️🕯️💔
22/08/2025
Hambavu y'inama , iriko ibera i , Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yaganiriye n'Umukuru w'Ishirahamwe , rikaba risanzwe rishigikira u mu bisata bitandukanye, harimwo ivy'inyubako, gutwara ibintu n'abantu, uburimyi n'amagara y'abantu.
Muri ico kiganiro Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye n'Uwurongoye bashimye urugero rw'ugufashanya hagati y'Uburundi n'iryo shirahamwe,baragaragaza ishaka ryo kubandanya batsimbataza,bongera banagura iyo migenderanire,biciye mu migambi itandukanye ijanye n'imbonakazoza y'2040-2060
------------------------------------------------------------
En marge de la à , le Président -ais SE Evariste Ndayishimiye a échangé avec M. Akihiko Tanaka, Président de la , un partenaire clé et historique du dans plusieurs secteurs dont celui de l’infrastructure, du transport, de l’agriculture et de la santé.
Lors de l’entretien,SE Evariste Ndayishimiye et le Président de la ont mutuellement apprécié la coopération entre le Burundi et la JICA,tout en formulant le vœu accompagné d’un engagement commun à la renforcer et la diversifier à travers maintes projets alignés à la vision 2040-2060
22/08/2025
🔴Ata mahoro nta terambere, ata terambere nta mahoro _________________________
Ivyo vyashikirijwe n'Umukuru n'igihugu c' Uburundi Général Major Evariste NDAYISHIMIYE akaba n'icegera ca mbere c'uwurongoye ubumwe bwa Afrika (UA) k'umunsi wa Mbere w'inama mpuzamakungu ya ihuza ibihugu vyo kumugabane wa Afrika ihuza ivyo bihugu n'igihugu c' Ubuyapani mu ntumbero yo kurabira hamwe iterambere ry'ibihugu vya Afrika.
Nk'uko tubikesha Umuvugizi wa Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi ,
Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi yaritabiriye iyo nama ari kumwe na bagenziwe barongoye ibihugu vya . Mw'ijambo ryiwe mu gice c'amahoro n'umutekano yari asanzwe arongoye nk'icegera ca mbere c'Uwurongoye Ubumwe bwa Afrika, yarabasangije uko igihugu c'Uburundi cifasha ,inyuma y'indyane z'intambara, akabamenyesha ko ubu amahoro n'umutekano vyasasagaye, ivyo bikaba birama kuko Umukuru w'igihugu c'Uburundi yashize imbere Iterambere aho yipfuza ko umurundi wese : "Umunwa wose uronke ico ufungura , umufuko wose ujemwo amafaranga".
21/08/2025
🛳️ "Musumba Cargo" yaratanguye gutwara ibidandazwa biciye mu mazi, ariko abantu ntibarashikirwa
🧏🏾 Ishirahamwe "Musumba Cargo" riheruka gutangaza umugambi rifise wo kwunguruza abantu biciye mu bwato mu kiyaga Tanganyika. Bipfuza gutwara abantu, baciye mu kiyaga Tanganyika, baja nko mu Rumonge, i Nyanza, muri Zambiya, Tanzaniya n'ahandi. Bamwe rero bibajije aho ikivuko kiri, ibiciro, n'uko bigenda bisunze inkuru iri aha : https://shorturl.at/zwtzd
✅ Ni vyo, "Musumba Cargo" irafise ubwato butwara ibidandazwa biciye muri iyo nzira yo mu mazi ya Tanganyika. Ariko gutwara abantu ntibiratangura.
👆🏾Ivyo vyemezwa n'abo mu gisata kijejwe uruja n'uruza mu mazi. Umuyobozi mukuru w'ico kigo AMPF, Godeliève Nininahazwe, tumubajije, amenyesha ko, kiretse ivyo gutwara ibidandazwa mu bindi bihugu biciye ku kivuko ca Bujumbura vyatanguye, ivyo gutwara abantu ntibiratangura, kuko ngo binatanguye ntibobiyoberwa, kubera bibanza gusabirwa uruhusha. Ariko ubwato buracariko burubakwa, bishobora kuzoshikwako hanyuma.
💁🏾 Aho mwomenya ko uwo mugambi wa "Musumba Cargo", watanguye mu 2021, nayo mu 2023 akaba ari ho ubwato bwa mbere bwatanguye kuja mu mazi. Ubu bukaba butwara ibidandazwa ku kivuko ca Bujumbura, Mpurungu, Kalémie, na Kigoma.
📸 : RTNB
20/08/2025
Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD azoremesha ikiganiro ku bamenyeshamakuru kuri uyu wa gatandatu.
Ico kiganiro kikazobera muri Komine mu ntara ya ku kibuga .
Click here to claim your Sponsored Listing.
Contact the business
Telephone
Website
Address
Lusaka
WARAHABISHIJWENTIWAHABABUKA�
